Dudu Show 257

Dudu Show 257 Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Dudu Show 257, Sport & recreation, Solwezi zambia, Solwezi.

24/03/2026

Ntivyoroshe Nukuri




📷DR


  Arsenal n'ibikombe wapi🙆🙆🙆🙆. Man City iyitwaye Carabao Cup. 👏👏👏Butinze guca ngo ipimwe ⚖️⚖️⚖️Arsenal 0-2 Man City NICO...
22/03/2026



Arsenal n'ibikombe wapi🙆🙆🙆🙆. Man City iyitwaye Carabao Cup. 👏👏👏
Butinze guca ngo ipimwe ⚖️⚖️⚖️

Arsenal 0-2 Man City

NICO O’REILLY ⚽⚽


21/03/2026

Umupira Niki



Happy EID MUBARAK to all fans of Manchester United
20/03/2026

Happy EID MUBARAK to all fans of Manchester United



“Igikombe ca AFCON kiri mu maboko meza” 😳🏆🤣Ayo ni amwe mumajambo y'abakunzi b'umupira wa maguru muri Senegal bavuga ko i...
20/03/2026

“Igikombe ca AFCON kiri mu maboko meza” 😳🏆🤣
Ayo ni amwe mumajambo y'abakunzi b'umupira wa maguru muri Senegal bavuga ko igikombe ca Africa Cup of Nations kiri mu maboko y’abantu bizewe (aha ni abasirikare bari kumwe n’uwagitwaye), mu buryo bwo gusetsa no kwishimira intsinzi ya Senegal.



AMAKURU MASHASHA: Patrice Motsepe, umukuru wa CAF, yavuze ati: “Turubahiriza kandi turubaha ingingo yafashwe ku rwego rw...
19/03/2026

AMAKURU MASHASHA: Patrice Motsepe, umukuru wa CAF, yavuze ati: “Turubahiriza kandi turubaha ingingo yafashwe ku rwego rwo hejuru.” 🌍
👉 Morocco yaremejweko ariyo yatahukanye igikombe ca AFCON 2025. 🏆🇲🇦

Wewe ukomeza kuvyakira gute nkumukunzi w'umupira w'amaguru

Source:
📷CAFTV

Iyuvuze Africa nuko biba bimeze!Nuko nabahakurya yumubumbe bayibona📷BFM
19/03/2026

Iyuvuze Africa nuko biba bimeze!
Nuko nabahakurya yumubumbe bayibona

📷BFM

Nottingham Forest FC yatangaje ko yafashe umumenyereza mushasha, Vítor Pereira ku masezerano y’amezi 18, akaba ariwe umu...
15/02/2026

Nottingham Forest FC yatangaje ko yafashe umumenyereza mushasha, Vítor Pereira ku masezerano y’amezi 18, akaba ariwe umutoza wa kane w’iyi kipe muri shampiyona y’u Bwongereza muri iyi sizoni, nyuma yo gukuraho Sean Dyche. Forest ubu iri mu rugamba gokugwana kugirango ntisubire iyo yaje izananye.

Bakunzi bahire,akajambo kamwe kuri Forest,uyivuzekwiki?

inkomoko:TalkSport










15/02/2026

After a Stade Intwari has been renovated and officially approved by FIFA, marking a major step forward for football in Burundi.

Thank you@ffb

Address

Solwezi Zambia
Solwezi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dudu Show 257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Dudu Show 257:

Share