Al Nassr_fc Ikirundi

Al Nassr_fc Ikirundi Page y'Ikirundi ya Al-Nassr-fc

๐Ÿ’•๐Ÿ’•๐Ÿ’•๐Ÿ’•
13/01/2023

๐Ÿ’•๐Ÿ’•๐Ÿ’•๐Ÿ’•

Cristiano Ronaldo n'umuryango we bahawe ubutumire budasanzwe na Real Madrid kureba umukino wanyuma wa Supercup ya Espagn...
13/01/2023

Cristiano Ronaldo n'umuryango we bahawe ubutumire budasanzwe na Real Madrid kureba umukino wanyuma wa Supercup ya Espagne hagati yigitare na Barcelona. N'ubwo Ronaldo yageze mu myitozo ahura n'abakozi bose ba Madrid, ariko nyuma abakinnyi bagiye muri siporo aho CR7 yari ari maze babona amafoto yibuka.

06/01/2023
  itsinzi y'Ibitsindo bibiri ku busa twaraye turonse
06/01/2023

itsinzi y'Ibitsindo bibiri ku busa twaraye turonse

Urutonde batangura  uymunsi hagati Al-Nassr-fc vs Al-Tai ๐Ÿ’›Amahirwe kwinyenyeri zacu ๐Ÿ™
06/01/2023

Urutonde batangura uymunsi hagati Al-Nassr-fc vs Al-Tai ๐Ÿ’›

Amahirwe kwinyenyeri zacu ๐Ÿ™

Cristiano Ronaldo hamwe na Vincent Aboubakar n'umutoza we bwite โค๏ธ
06/01/2023

Cristiano Ronaldo hamwe na Vincent Aboubakar n'umutoza we bwite โค๏ธ

 imyimenyerezo yejo mw'ijoro yitegurira match yuno munsi
06/01/2023


imyimenyerezo yejo mw'ijoro yitegurira match yuno munsi

Ibiganiro vyaheze Akazi kagiravgatangure
04/01/2023

Ibiganiro vyaheze
Akazi kagiravgatangure

  Igihe kirageze
04/01/2023


Igihe kirageze

  'muto' w'ikipe ya Al Hilal, uhanganye n'ikipe ya Al Nassr muri Arabiya Sawudite, yashyize ku ruhande amakimbirane haga...
03/01/2023

'muto' w'ikipe ya Al Hilal, uhanganye n'ikipe ya Al Nassr muri Arabiya Sawudite, yashyize ku ruhande amakimbirane hagati y'ayo makipe ('Al Hilal x Al Nassr') maze aja mw'duka rya Al Nassr kugura Ronaldo jersey. yambaye jersey ya Al Hilal.

    Ronaldo afite ingingo mu masezerano yagiranye nโ€™ikipe yacu   yo muri Arabiya Sawudite imwemerera kwinjira muri Newca...
03/01/2023

Ronaldo afite ingingo mu masezerano yagiranye nโ€™ikipe yacu yo muri Arabiya Sawudite imwemerera kwinjira muri Newcastle United ku nguzanyo niba yujuje ibisabwa muri Champions League muri iyi shampiyona, kubera ko amakipe yose ari ay'ikigega cyโ€™ishoramari cya Arabiya Sawudite.

  yaraye ash*tse muri Arabia kandi akaze kwerekanwa imbere y'Abafan bacu unomunsi.
03/01/2023

yaraye ash*tse muri Arabia kandi akaze kwerekanwa imbere y'Abafan bacu unomunsi.

Address

Riyadh

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Al Nassr_fc Ikirundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category