Kayanza United

Kayanza United Fans Club

Ndakunda abarundi bakera Kwl. imigani bagiye baraca 98% yayo usanga arukuri. ngo ubuza gusha buratagata..umurwi WA kayan...
16/08/2026

Ndakunda abarundi bakera Kwl. imigani bagiye baraca 98% yayo usanga arukuri. ngo ubuza gusha buratagata..
umurwi WA kayanza United utanguye neza muguha agashimwe umukinyi yitwaye neza.

16/08/2026

FT: Kayanza United 0 - 0 Flambeau du centre

16/08/2026

HT: Kayanza United 0 - 0 Flambeau du centre

Kurundi ruhande stade Intwari abakinyi bamaz hushika mukibuga bitegurire urukino rutangura mukanya 15h00. Vitalo ver int...
16/08/2026

Kurundi ruhande stade Intwari abakinyi bamaz hushika mukibuga bitegurire urukino rutangura mukanya 15h00.
Vitalo ver inter star.

Izo nizongabo zigomb kwirashishwa kuri stade gatwaro. Ukaba utarahashika uruhombo nirwawe. Ukaba ukeneye umunezo ukwonge...
16/08/2026

Izo nizongabo zigomb kwirashishwa kuri stade gatwaro. Ukaba utarahashika uruhombo nirwawe. Ukaba ukeneye umunezo ukwongerera imyaka yokubaho kalibuni.

ni Dimanche le16/8/026 murahawe ikaze Kuri stade gatwaro. umugwi wanyu mukunda twese tuza gushikikira abakinyi bacu duta...
14/08/2026

ni Dimanche le16/8/026 murahawe ikaze Kuri stade gatwaro. umugwi wanyu mukunda twese tuza gushikikira abakinyi bacu dutangurana amanota atatu.

Imwe mumpano kayanza United yagize mumwaka winkino wa 2024-2025 na 2025-2026 Ubu arigenga. Tonny Mukunde numusore akiri ...
13/08/2026

Imwe mumpano kayanza United yagize mumwaka winkino wa 2024-2025 na 2025-2026 Ubu arigenga.

Tonny Mukunde numusore akiri muto Akina yataka cane cane Ku numéro icenda.
Numusore akiri muto Kandi abonekako impano yiwe hamwe yovomerwa yogira ico imariye igihugu.

Ubu tuvugana akaba yigenga.

CECAFA KAGAME CUP.  1/2 FINAL HT: Rayon sport 1- 0 igitsindo ciza CNE .
04/08/2026

CECAFA KAGAME CUP. 1/2 FINAL

HT: Rayon sport 1- 0

igitsindo ciza CNE .

09/07/2026

Address

Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kayanza United posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category