08/04/2023
โ๏ธ๐
2 ๐งก๐บโค๏ธ๐
โซMuri Part1 ,duheruka Papa Darlรจne agarutse muhira ndetse abana bababaye kuko uwo bari bagiye kuraba siho yari.
๐ฅNayo rero Bash*tse i muhira Maman Darlรจne nawe abonye ko batazanye wa mwana niko guca atwenga cane aca avuga aryohewe ngo:........
๐ฅ๐ฅYeeee, ubwo nyene Darlรจne nawe aca.......
:
Bash*tse rero ,Maman Darlรจne aca aravuga ati: Ariko kuki ugomba kumfata nk'uko wishakiye?Ba mayibobo bose ngo urazanye muriyi nzu.
Ahonyene Papa Darlรจne acaramukankamira ngo nanje ndavuze nti ntegerezwa gufasha uwo mwana agowe.
Maman Darlรจne aca ahekenya imisaya arashavura.
Tuje kurundi ruhande aho tubona kagakobwa kagiye kumuhana umwe gusaba imfungurwa baca batangura kukabazagiza ngo uvahe? Nako kishura ko kazananye na Maman wako mu gisagara maze Nyina wiwe aca aramwinyegeza amutayo niko guca agorwa nkuko.
Rero bica bibatera akagongwe bamuha utwo gufungura ndetse bamuha n'indaro.
โซBukeye reo; Darlรจne na Darcy bagiye kwishure nkuko bisanzwe bagenda nimodoka ya sewiwe batwawe numukozi.
Bagezeyo umukozi acarataha ababwira ko aja kugaruka kubatora.Mwishure turabona abana bariko baratera inkuru:
Darcy: Alain mwebwe mwaje niki kwishure?
Alain: N'amaguru namwe?
Darcy: Umukozi wa papa niwe yatuzanye.
Alain :Natwe sha twarose umukobwa azoza aratwoza yongera aduherekeza kwishure
Darcy: Yitwa gute?
Alain : Sindaryibuka uraja kumubona aje kudutora.
โซTurabona basohotse maze kagakobwa karaza gutora Alain.
Rero Darlรจne yarirutse kumusanganira ndetse abandi bana baratangara bibaza nimba amu*i he! Darlรจne na Darcy baca basaba Nyanzira ko botahana muhira ariko aranka ngo Maman Alain atamubajije ntiyogenda.
Abo bana bajanye bose kuba Alain.
โซUmushoferi yaje gutora Darlรจne na Darcy arababura aca asubira muhira avuga ko abana ababuze.
Kurundi ruhande Darlรจne na Darcy baca basaba Maman Alain ko yoreka Nyanzira bakajana.Maman Alain yababajije ko bari bamu*i nabo baremera ndetse na Nyanzira aremera ,Maman Alain acaramureka ariko amwemerera ko naho azogaruka azomwakira.
Erega abana bari murunganwe rumwe bibagira nuko bashonje batangura kwikinira munzira ndetse Darcy acagura ibitumbura mumahera yarafise mumufuko. Bibagiye gutaha kumbe muhira bari muvyambu nka sakumi baja bumva abantu badodoye kumbe ni babana muhira naho bari bashavuye barabashwanira inyuma yabo babona uwundi mwana kumbe nikagakobwa bari bazanye.Papa wabo amubonye ndetse amenye ko batevye bariko barondera uwo mwana araryoherwa kuko yumva yishimye kubwurukundo rwabana biwe.
Nayo Kurundi ruhande turabona umuryango umwe mumitumba uriko urarondera umwana yatakaye.
๐ฅ๐ฅ๐ฅYeeeee, Tuje rero murugo kuba Darlรจne maze Maman Darlรจne akibona umwana Nyanzira murugo rwiwe yahiseโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโข
โฆโฆโฆ
โICO CARI IGICE CA KABIRI.
โUyu mugore kumengo arinzigo Biraheraheee ???
โ
Mumfanshe gukora ama menshi na j'aime tubandanye na PART3
๐๐๐
Muntu utariko urya inoti muri 1xbet uriko uhomba๐ธ๐ธ๐ค
Ushaka kugurura kubuntu Ahuri hose muri tรฉlรฉphone yawe; injira muriyo Groupe WHATSAPP Bakwigishe vyose kubuntu ๐ ๐ ๐
https://wa.link/agznvh
https://wa.link/agznvh
Twandikire kwiyi numรฉro 67584470 tukwigishe kubetinga kuva kuntango gushika uheze๐