Mkota TV

Mkota TV Love rahma 2022

01/12/2024

Aba real madredi
Muryohegwe

Kuko bama babaha ama penarti
Zubu suma gusa

💨⚫⚪ Izina Rodrygo ryari ritanguye buke buke kuvugwa muri Manchester City inyuma y'igenda rya Julian Alvarez!Mugihe Manch...
11/08/2024

💨⚫⚪ Izina Rodrygo ryari ritanguye buke buke kuvugwa muri Manchester City inyuma y'igenda rya Julian Alvarez!

Mugihe Manchester City ukeneye numéro 9 wo gufashanya na Erling Haaland, izina ryari ritanguye kuvugwa ni Rodrygo.

Ikinyamakuru Diario AS kivuga ko Rodrygo ata bushake na buke afise bwo kuva i Madrid n'ubwo Man City uriko ugerageza kumusinyisha nk'umusubirizi wa Alvarez.

Mkota tv

https://www.facebook.com/profile.php?id=100083576277145

🚨🚨🚨 Uwu muhungu Barcelona n'ubwo imwipfuza bizohava birangira ababereye kagaga🤦‍♂️🤦‍♂️🤦‍♂️Ibintu yafashwe ariko arakora ...
11/08/2024

🚨🚨🚨 Uwu muhungu Barcelona n'ubwo imwipfuza bizohava birangira ababereye kagaga🤦‍♂️🤦‍♂️🤦‍♂️

Ibintu yafashwe ariko arakora ni akangaratete

Mkota TV

🔵🟣 Barça : Pedri Gonzalez vyemejwe ntazokina urukino rwambere rwa Laliga Barcelona izokina na Valence ✅Pedri Gonzalez ng...
11/08/2024

🔵🟣 Barça : Pedri Gonzalez vyemejwe ntazokina urukino rwambere rwa Laliga Barcelona izokina na Valence ✅

Pedri Gonzalez ngo ntazoboneka murukino Barcelona izotangura ikina na Valence ariko azoca aboneka murukino Barcelona izokina na Athletic Bilbao azoba aru rukino rugira kabiri muri Laliga Pedri niho azoba ameze neza cane

✅Mundo Depoltivo

🟣🔵 Barcelona Xavi Hernández yamaze gusaba ubuyobozi bwa Barcelona gukora ibishoboka vyose bagarukane Xavi Simons Ubu aba...
05/05/2024

🟣🔵 Barcelona Xavi Hernández yamaze gusaba ubuyobozi bwa Barcelona gukora ibishoboka vyose bagarukane Xavi Simons Ubu abarizwa Leipzig kuntinzanyo ya PSg

Xavi Simon uno mwana yakuriye muri Lamasia ariko avyitwaramwo neza kumyaka 21 akina hagati canke nk'umusatirizi aca kuruhande Xavi Hernández ngo bamugarukanire uno mwana sezo iza

Mkota TZ news

_XAVI uzoguma uri umu Legend wacu 💙❤️.__Muri 2021 yasanze umugwi utatunganye neza gushiramwo nigenda rya Messi kandi ico...
29/01/2024

_XAVI uzoguma uri umu Legend wacu 💙❤️._

_Muri 2021 yasanze umugwi utatunganye neza gushiramwo nigenda rya Messi kandi icogihe twari mukibanza ci 9 gusa yarakoze ibishoboka dufata ikibanza ca 2 💪._

_Muri 2022 yaciye aduha ibikombe 2 , La Liga hamwe na Super Cup 🙌💪._

_Uyu mwaka naho yadushikanye muri huitième de finale ya UEFA Champions League 🥳 ivyo twari tunyotewe kuva muri 2021 , ikindi naco nuko yabonye ko uyu mwaka ntibiriko bigenda neza nkuko twavyipfuza yaciye afata ingingo yogutanga imihoho kugira habe ihinduka mugwi 😢🙌._

_Uzoguma uri umu Blaugrana , ndazi aribihe yigeze kuduha umunezero kandi tuzokwama tubimushimira vrt ._

_Ntavyama vyera de 💪._

_Vamos Barça 💙❤️ Xavi 🙌_

mkota TV

GOOOOOOOOOOAL ‼️⚽ Morales90+12'⏰ Barcelona 3-[5] Villareal  Mama weee xavi shaaaa
28/01/2024

GOOOOOOOOOOAL ‼️⚽ Morales

90+12'⏰ Barcelona 3-[5] Villareal

Mama weee xavi shaaaa

🔥 TOMORROW 🔥🏆 Copa del Rey- Round of 16⚽  UD Salamanca vs FC Barcelona⏰ 19:30 CET🏟 Campo de Fútbol Reina Sofía Mkot
17/01/2024

🔥 TOMORROW 🔥
🏆 Copa del Rey- Round of 16
⚽ UD Salamanca vs FC Barcelona
⏰ 19:30 CET
🏟 Campo de Fútbol Reina Sofía

Mkot

Xavi: "Kumesalia majina 3. Kujiamini ndio Laporta ametuletea. Ana matumaini makubwa.""Siku ambayo wachezaji hawatakuwa n...
17/01/2024

Xavi: "Kumesalia majina 3. Kujiamini ndio Laporta ametuletea. Ana matumaini makubwa."

"Siku ambayo wachezaji hawatakuwa nami tena, nitachukua masanduku yangu na kuondoka. Tunaendelea kuzungumza na kuwasiliana."

"Tangu nilipochukua kazi hapa, kila mara tumefikia malengo yetu. Ikiwa msimu huu hatutafikia malengo yetu, basi nitakuwa wa kwanza kujiweka kando."

"Namshukuru Guardiola kwa maneno yake, anajua jinsi ilivyo vigumu kuifundisha Barca."

"Sitakuwa tatizo kwa Barca. wakati wananiambia mimi ni shida, tayari nimeshaondoka. Mimi ni Culer. Maadamu nipo hapa, nitaendelea kutoa kila kitu changu."

"Ulinzi ndio uliotuimarisha mwaka jana, ufunguo wa mafanikio tuliyokuwa nayo. Mwaka huu tunafanya makosa mengi."

"Vitor alikuwa na usumbufu .ndio maana hakucheza Super Copa. Amefanya mazoezi vizuri leo, na tutamuona akicheza kesho."

"Usajili unaowezekana? Kiuchumi, ni hali ngumu. Tutaona k**a klabu inaweza kuleta suluhu. Lakini itakuwa vigumu." Mkota TV

Address

Bujumbura
MKOTANOMAKOPO

Telephone

+25762327259

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mkota TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category