22/07/2026
*Aho kukintu kijanye na Protocol version ya 25 nivyo vyukuri iri kuri Mainnet yamaze kuba approved, already inside hama ikintu mbona benshi bibaza nuko babonye iyi version ya 25 bibaza ko arico gituma O.M iba oyaaa nukuri bakemeye kwubaka umushinga ufise umuyekano nama transactions yihuta mukanya isase ariko ntimwitege ngo tuzoca tubona O.M gusa dukomezs umunsi numusi naho tutoshika kurizo Protocol nirya ya 26 yohera ntitubone nakimwe cnke O.M ibe before 26*
*Igihambaye nuko tuzo ko CT iriko irakora kandi iticaye iri kukivi*
*Keep mining*