12/03/2026
Umumenyereza w’umugwi nserukiragihugu, SANGWA Patrick Mayani, yashize ahabona urutonde rw’abakinyi bahamagawe kugira bakine inkino zibiri z’ibanze z’amajonjora yo kuja mu gikombe ca CAN 2027 zizoduhuza na Tchad ku wa 26 no ku wa 31 Ntwarante 2026.