Star Fooball Academy

Star Fooball Academy The Star Football Academy manages 13 Soccer Clubs of the in 3 provinces of and runs the U19 for football clubs.

17/02/2021

We are raising funds to support the "Sports for Love and Peace in Burund… John-Clinton Nsengiyumva needs your support for Sports for Love and Peace in Burundi

Tu
17/01/2021

Tu

Tugire Amahoro y'Imana!

Turiniteka ryo kubatumira no kubasaba mushigikire ibikorwa vya Fondation NGD, muri "Encadrement des Jeunes" mu Burundi, bijanye n'inkino, amahoro, n'iterambere.

Abari hanze y'Uburundi, mushobora guterera amuganda muciye kuri: https://www.gofundme.com/f/sports-for-love-and-peace-in-burundi/. Abari mu Burundi, ni kuri Coopec Compte No: 230-004879-00-93.

Barayamaze bati: "Habaho Umutima muto ariko nta ntererano nto ibaho." Akarorero: $10 akinisha Match 1 ya Minimes, $15 agura Ballon 1, hanyuma $20 nayo akinisha Match 1 ya Cadets, etc.

Kubakora "Declaration des Taxes" mu bihugu babamwo, turatanga "Donation Receipts" kugira mushobore kuzideklara.

Sport Oyeeee! Murakoze cane,
NGD Foundation.

29/12/2020
27/09/2020

: Photo du 27-09-2020 lors de la livraison du don de matériel scolaire offert par la aux élèves membres de l’Eglise Emmanuel de Ruharangoma (Tara), ici représentée par Pasteur Jean Nzeyimana en Commune Bugarama de la Province Rumonge.

17/09/2020

Bujumbura, le 17-09-2020: Le Président de la a livré le don du matériel scolaire offert par ladite fondation à l’Eglise des Gents de Prière au Burundi (EGPBU) représentée par le Révérend Pasteur Aaron NDIKUMAHORO ce matin à Gihosha en Bujumbura Mairie.

15/09/2020
11/09/2020
ITANGAZO:Mu ntumbero yo gushigikira abana bariko baja kwishure no gufasha abana bafise ibibazo vyo kuronka ibikoresho vy...
05/09/2020

ITANGAZO:

Mu ntumbero yo gushigikira abana bariko baja kwishure no gufasha abana bafise ibibazo vyo kuronka ibikoresho vy'ishule, Fondasiyo NGD igiye gutanga ibirokosho vy'ishule kubana 1.200 mu rutonde rukwirikira:

- Lundi, le 07-09-2020:
1. Buterere Star FC à 08h30.
2. Kinama Star FC à 09h30.
3. Kamenge Star FC à 10h30.
4. Gihosha Star FC à 11h30
5. Kanyosha Star FC à 13h00.

- Mardi, le 08-09-2020:
6. Gitaza Star FC à 90h300.
7. Rutunga Star FC à 10h30.
8. Tara Star FC à 11h30.
9. Magara Star FC à 12h30.
10. Rutumo Star FC à 13h30.
11. Minago Star FC à 14h30.
12. Kagongo Star FC à 15h30.
13. Rumonge Star FC à 16h30.

- Mercredi, le 09-09-2020:
14. Nyanza-Lac Star FC à 12h30.

Menya Neza:
- Infashanyo itangwa ku buntu. Ntihagire uwubasaba amahera kugira abashire ku rutonde.
- Infashanyo izotangwa na Fondation NGD ku bana bakina muri *"Star Football Academy"* bafise imyaka itarenga 19 y'amavuka.
- Nta muntu azokwakirira infashanyo uwundi atariho. Uwuzosiba, ntazoronka.
- Buri mwana azoronka amakaye 4, ikaramu 2 n'ilate 1.
- Rungikire iyi message abandi bose mwibaza ko yofasha kandi muyihanehane muyandi ma groupes kugira ntihagire uwuzosiba kuruyo musi.

Nkuko vyama vyabaye buri mwaka mu kwezi kw'icenda, iyi nfashanyo muyitegurirwa mukongera mukayishikirizwa na Fondasiyo NGD, ikorera mu Burundi kandi ifise icicayo gikuru i Magara mu Ntara ya Rumonge, biciye mu gisata cayo co gufashanya NGD Humanitarian Department.

Kubwa Star Football Academy,
Lameck NDIKUMUKIZA,
Umuyobozi Mukuru.
Tel: 75422030 - 69227761.

19/08/2020

Umurwi wa Simba SC wo mugihugu ca Tanzania waratumiye umurwi wa Vital’O FC mu birori vyawo bise « Simba Day », muntumbero yo kuzotana mu mitwe mu rukino rwakivandimwe rutegekanijwe kuri uyu w…

21/07/2020

Umukinyi wo kunimero icumi (numéro 10) yahora akinira umurwi wa Olympic Star mu mwaka w’inkino uheze wa 2019-2020, Eric Kwizera batazira « Kirungo » amakuru ava mu gihugu kibanyi c’Urwa…

17/07/2020

Umurwi wa Flambeau Du Centre (Messager Gitega) wamenyesheje ubicishije kurubuga rwa Academie Messager ko umaze kugirana amasezerano n’abakinyi indwi, murabo bakinyi harimwo Issa Hakizimana ak…

09/06/2020

Les résultats des matchs de la 6ème journée du championnat des scolaires en Poule MUHA B, communément appelée la 4ème division de football, de l’Association de Football de Bujumbura « AFB », …

Address

Magara
BP3262

Opening Hours

Monday 10:00 - 16:00
Tuesday 10:00 - 16:00
Wednesday 10:00 - 16:00
Thursday 10:00 - 16:00
Friday 10:00 - 16:00

Telephone

+25771499466

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Star Fooball Academy posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Star Fooball Academy:

Share