The sun sports news

The sun sports news WE GIVE YOU SPORTS NEWS FROM ALL OVER THE WORLD

14/08/2024

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Blaise Manase, El Salah Publïç Bøy

⚠️⛔️Uri Nico Williams wokora iki?1. Wohemukira mukuru wawe yakurwanyeko akakubera icitegererezo, akagufasha bimwe bikome...
06/08/2024

⚠️⛔️Uri Nico Williams wokora iki?

1. Wohemukira mukuru wawe yakurwanyeko akakubera icitegererezo, akagufasha bimwe bikomeye kugira ngo ushike aho ush*tse ubu?

2. Wokwibagira vyose maze ukaja mu mugwi umutima wawe wipfuza gukinira?

Mundo Deportivo candika ko Iñaki Williams, mukuru wa Nico Williams ariwe ariko aramutuma adahitamwo kuja muri FC Barcelona .

Iñaki Williams ngo yoba amaze iminsi yinginga murumunawe Nico Williams ngo agume muri Athletic Club, maze abafashe muri Europa League.

BREAKING: umukinyi wa Manchester City wamaze kubwira Atlético Madrid ko bemeye amafaranga babahaye kumukinyi wabo w'imbe...
06/08/2024

BREAKING: umukinyi wa Manchester City wamaze kubwira Atlético Madrid ko bemeye amafaranga babahaye kumukinyi wabo w'imbere Julian Alvarez.

Manchester City ati amafaranga angana nimiriyoni 75€ guteranyako nizindi 20 zinyongera yose 90 kuri Julian turayemeye.

Julian Alvarez ategerezwa gukora ibipimo vy'ubuzima bwiwe nk'umukinyi mushasha wa Atlético Madrid vuba nguko biri muri contract.

Atlético Madrid yahaye amasezerano y'imyaka 5 Julian Alvarez icimwemerera no kugira uburenzira kumahera azinjira kumashusho yiwe 100%

Iyi Atlético Madrid ga iri serious ngaba baraje : Alexander Sørloth, Julian Alvarez, Robin LeNormand hamwe na Conor Gallagher iyomizigo y'abakinyi bameze neza baramaze kwinjira

06/08/2024

After game🤝🤝🤝

06/08/2024

Ardaaa💥💥💥💥

16/02/2024

🛑Umumenyereza José Mourinho yagize icavuga kuabakinyi b'abanyafurika bisanzwe bizwi ko akunda kuba abafise mu mugwi aba amenyereza

José Mourinho 🗣️:" Sinshobora kuja muri Afurika. Na canecane ahariho hose. "

"Nari mfise Drogba, Geremi, Kalou, Obi Mikel, Essien,... Igihe cose ngiye muri Afurika, sinshobora gutambuka. Abantu barankunda. "

" N'iburaya, hárimwó abantu benshi bamuka muri Afurika, abantu barankunda. "

" Mvugishije ukuri, nanje ndabakunda, kandi numva ko umukinyi w'umunyafurika aba ari umwizerwa cane, kandi yuzuye. "

Nawe urakunda José Mourinho ? uremeranya nawe kur'ibi avuze kubakinyi b'abanyafurika ❓️

[ Inkomoko y'inkuru : Fabrizio Romano ]

Tubasabe kugira kuri iyi page mubandanye mwironkera amakuru y'inkino agezweho🙏

15/02/2024

⚠️⚠️ TAYALI ‼️ Vyamaze kurangira ntibikiri urukurukuru Kylian Mbappé na -Germain vyamaze kurangira 🔥🔥

🚨 Nk'uko tubikesha umunyamakuru akomeye caneFabrizio Romano umukinyi yamaze kumenyesha Umugwi wa ko kuva mu kwezi kw'indwi azoba atakibarizwa ngaho 🔥🔥

⚠️Mbega twitege ko agira aje hehe? 🔥‼️

🛑Tubasabe kugira kuri New hit sports news mubandanye mwironkera amakuru y'inkino agezweho 🙏

⚠️ NTIBISANZWE ‼️ ‼️   umukinyi wa Kera wa Chelsea na Nigeria ati 🗣:" Bafashe Fc Barcelona na Real Madrid  bakazishira m...
15/02/2024

⚠️ NTIBISANZWE ‼️ ‼️ umukinyi wa Kera wa Chelsea na Nigeria ati 🗣:" Bafashe Fc Barcelona na Real Madrid bakazishira mw'ihiganwa rya Premier league"

"Real Madrid yorangiza ari iya 3 canke iya 4 ariko Fc Barcelona vyorangira ikorotse mu cicaro ca kabiri"

Uremeranya n’uyu mugabo❓️

(Source: Max Foot)

🛑 Tubasabe kugira kuri New hit sports news mubandanye mwironkera amakuru y'inkino agezweho 🙏❤️

🚨Uwu musi UEFA CHAMPIONS LEAGUE irabandanya.🇮🇹 Lazio - Bayern Munich 🇩🇪 (22;00)🇫🇷 PSG - Real Sociedad 🇪🇸(22:00)🛑Uraha am...
14/02/2024

🚨Uwu musi UEFA CHAMPIONS LEAGUE irabandanya.

🇮🇹 Lazio - Bayern Munich 🇩🇪 (22;00)
🇫🇷 PSG - Real Sociedad 🇪🇸(22:00)

🛑Uraha amahirwe nde❓❓

Address

7 è Avenue
Gisagara

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when The sun sports news posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share