Groupe UMUCO

Groupe UMUCO Goupe Umuco
(1)

19/09/2023
19/09/2023
22/04/2023

Iki ni igice ca kabiri ca film IBANGA RYO KWIHANGANA.
Kubamaze kuraba igice ca kabiri, hari impanuro mwahakuye?
Kurikirana iki gice ca gatanu, mugisangize n'abandi.

21/04/2023

Iki ni igice ca kabiri ca film IBANGA RYO KWIHANGANA.
Kubamaze kuraba igice ca kabiri, hari impanuro mwahakuye?
Kurikirana iki gice ca kane, mugisangize n'abandi.

20/04/2023

Iki ni igice ca kabiri ca film IBANGA RYO KWIHANGANA.
Kubamaze kuraba igice ca kabiri, hari impanuro mwahakuye? Kurikirana iki gice ca gatatu, mugisangize n'abandi.

28/03/2023

Burya kwihangana birasaba umutima ukomeye cane, kandi utahura ibintu.
Umugwi wanyu mukunda cane uragarutse na film nshasha .
Iki ni igice ca mbere

📍 Bakunzi mudukurikirana turabaramukije! 🤗 Turi wa mugwi wanyu mukunda cane Groupe UMUCO turi n'iteka ryo kubamenyesha k...
26/03/2023

📍 Bakunzi mudukurikirana turabaramukije!

🤗 Turi wa mugwi wanyu mukunda cane Groupe UMUCO turi n'iteka ryo kubamenyesha ko twuguruye umuhora wa ubu mugiye gutangura kuraba ko menshi muma reresi twabateguriye.
👉 https://youtube.com/ niyo channel yacu ya YouTube, tubasavye kugira (Abonner/ Subscrib) kugira ngo vuba mutangure kubona bishasha twabateguriye.
▶Vuba cane Film .

30/12/2022

Bizoza igice ca kane kirabashwaye mwo.
Ntimwibagire kugira like, commentaire na partage na s'abonner kugira abagenzi bacu bayibone bongere babone bishasha tuguma tubategurira.

27/12/2022

Bizoza igice ca gatatu kirabashwaye mwo.
Ntimwibagire kugira like, commentaire na partage na s'abonner kugira abagenzi bacu bayibone bongere babone bishasha tuguma tubategurira.

23/12/2022

Bizoza igice ca kabiri kirabashwaye mwo.
Ntimwibagire kugira like, commentaire na partage na s'abonner kugira abagenzi bacu bayibone bongere babone bishasha tuguma tubategurira.

  igice ca kabiri 🔥
23/12/2022

igice ca kabiri 🔥

Bizoza igice ca kabiri kirabashwaye mwo. Ntimwibagire kugira like, commentaire na partage na s'abonner kugira abagenzi bacu bayibone bongere babone bishasha ...

Address

Gihogazi; Karusi
Gihogazi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Groupe UMUCO posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Groupe UMUCO:

Share