22/02/2022
🏟️ RÉVOLUTION | Abakera barayavuze ngo:"Ibihe biha ibindi";none ngivyo vyimirije kuba mu rukino rw'umupira w'amaguru.
🟢 Umugwi wa ufadikanije n'ishirahamwe ,bagiye gukora ikibuga muri bwa buhinga bwo muri kazoza bita .
✍🏿Marc Zuckerberg yashinze kandi afise imitahe minini kurusha abandi ku rubuga ngurukana bumenyi niwe aherutse gutangaza ivy'ubwo buhinga bwa kazoza:abantu bazoshobora kuja kumurongo bambaye ivyuma nk'amarori yabigenewe, ishusho ryabo muri ubwo buhinga Metaverse rihura n'amashusho ya bagenzi be batambe,basangire...
📌Uko bizogenda rero abafana ba Man City bazokoresha ubwo buhinga bace baraba urukino nk'uko umengo bari kuri ,ikibuga ca Man City kandi batigeze bava muhira.Uwo mugwi niwo wa mbere wiyumviriye kujana n'ibihe tugiye gushikamwo igihe ubwo buhinga buzoba butanguye gukora.
🟡Naho biri uko, n'ubuhinga buzosaba connexion nini kandi bizotuma ibibuga bitazosubira kwakira abafana benshi.Ibihugu vya Afrika nta nkeka ko bizogira ingorane yo gukoresha ubwo buhinga narirya tugikoresha benshi 3G,4G gusa.