20/05/2026
🏆 Intsinzi yubahisha ubuyobozi bwiza!
Iyo umugwi uronse intsinzi, haba hari inyuma yawo abantu bafite iyerekwa n’ubushobozi bwo kuwushikana kure.
Ku ruhande rumwe, hari Perezida w’umugwi, umuyobozi atanga intumbero, akaremesha abakinnyi kandi agahuza bose mu muryango umwe.
Ku rundi ruhande, hari Umuyobozi wa Tekinike, umushingantahe w’umupira ategura umugwi mu buryo bwa kinyamwuga kugira ushike ku ntsinzi.
🔥 King’s Family FC 2 - 1 Tatanes FC
⚽ Intsinzi yubakiye ku buyobozi bwiza, ugukorana no kutadohoka.
👑 Iyo abayobozi bunze ubumwe, intsinzi iba ari ikimenyetso c’akazi keza.
King’s Family FC — Turakina, Turarwana, Turatsinda! ⚽🏆💙💛