19/06/2025
AMAKURU MASHASHA MU MUPIRA W’AMAGURU ⚽
• Nico Williams yahagaritse ibiganiro vyose n’iyindi migwi — Barcelone niyo yonyene imushimisha.
• Real Madrid yiteguriye kwongereza amasezerano ya Thibaut Courtois gushika mu 2028, aho azoba afise imyaka 36.
• Myles Lewis-Skelly yasinye amasezerano mashasha kugira agume muri Arsenal.
• Marcus Rashford yabwiye incuti ziwe ko yipfuza gukina muri Barcelone, kandi yamaze kubimenyesha uwo mugwi.
• Bernardo Silva yagizwe kapiteni wa Manchester City uyu mwaka, ku ngingo ya Pep Guardiola.
• Ibrahima Konaté yipfuza gukinira Real Madrid, yiteguriye kurindira umwaka kugira aje ku buntu.
• Manchester United irashaka gutanga 150M€ kugira igeze kuri Raphinha wo muri Barça.
• Murumuna wa Eduardo Camavinga ari mu bashimishije Real Madrid.
• Leverkusen iracashimishwa na Nico Paz, bari mu biganiro n’umurwi wiwe.
• Barcelone ntirashobora kwandikisha abakinyi bashasha kuko itarakurikiza amategeko ya 1:1.
• Jadon Sancho yemeye kuja muri Naples, ariko nta masezerano aragerwako n’iyo migwi.
• Tottenham yiteguye kugurisha Guglielmo Vicario.
• Newcastle iraganira ku bijanye na Mohammed Kudus.
• West Ham, AC Milan, Borussia Dortmund na Ajax bose barakeneye Oleksandr Zinchenko.
• Aston Villa irashaka kwegera Nicolas Jackson kugira imwumvishe gukina iwayo.
• Arsenal ifise inyungu kuri Rodrygo, Real Madrid isaba 90M€.
🚨Ku bantu mukunda agasobanuye ka Rocky ku buntu injira muri groupe WhatsApp uciye aha 👇👇👇
https://chat.whatsapp.com/BJjwDnLq1E5KvYIrLYGarw