05/07/2026
‼️Umugwi wa AIGLE NOIR CLUB SPORTIF wafashe urugendo werekeza mu gihugu ca Émirats arabes unis 🇦🇪 mu gisagara ca aho ugiye gutangura imyimenyerezo ya y’umwaka w’inkino wa 2026-2027 ukaba ubaye umugwi (club) wa mbere mu mateka yu ugiye kw’imenyereza hanze y’umugabane wa