All Challenge of Tik Tok and all Videos

All Challenge of Tik Tok and all Videos Terry

🔵🔴 Amasanamu yerekana igitsindo ca 2 c' Intamba mu Rugamba officiel .Igitsindo cinjijwe na Bonfils Caleb Bimenyimana . J...
23/06/2023

🔵🔴 Amasanamu yerekana igitsindo ca 2 c' Intamba mu Rugamba officiel .

Igitsindo cinjijwe na Bonfils Caleb Bimenyimana . Jospin - Tshabalala - Caleb ⚽

🔴⚽️🎙️Manager w'INTAMBA MU RUGAMBA ati : "Turashimiye cane   Yaduhaye umwanya wo kwitegura ukwiye tugashika mu gihugu ca ...
22/06/2023

🔴⚽️🎙️Manager w'INTAMBA MU RUGAMBA ati :

"Turashimiye cane Yaduhaye umwanya wo kwitegura ukwiye tugashika mu gihugu ca Tanzania 🇹🇿 hakira Kare gutyo tukaronka umwanya ukwiye wo kwitegura, Umurwi nserukira gihugu Dufise Ubu uhagaze neza cane Turawufiseko icizere cinshi, turategekanya kandi muri Ano mezi abiri gukina Urukino rwa kivandimwe na 🇨🇲 imbere yo gukina n'abo kw'itariki 04/09/20123 muri rya higanwa ryo kurondera itike ryo kuja muri ."

✍🏾Yamenyesheje kandi KO bataje kwicara Ahubwo k'umunsi w'ejo 21/06/2023 bazofata urugendo berekeza mu gihugu ca Turquie.

🤩Ubivuzeko Iki?

niheza kuburundi bwacu🇧🇮

ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya 💪

🇧🇮

🔵🔴 Mavugo yasinye  mu Rwanda!Cedric T**i MAVUGO 🇧🇮 yasinye amasezerano y'imyaka ibiri yo gukinira umirwi wa Gorilla FC w...
21/06/2023

🔵🔴 Mavugo yasinye mu Rwanda!

Cedric T**i MAVUGO 🇧🇮 yasinye amasezerano y'imyaka ibiri yo gukinira umirwi wa Gorilla FC wo mucicaro ca mbere mugihugu c'Urwanda 🇷🇼.

Uwo musatirizi wa kera wa AIGLE NOIR CLUB SPORTIF yohora akinira umugwi wa Rukinzo FC mu mwaka uheze w'inkino.

T**i avukana na Laudit MAVUGO amaze guca mu mirwi itandukanye yo ngaha mu Burundi nka: Flambeau Du Centre, Kayanza United, Rukinzo FC na Aigle Noir CS.

 niheza kuburundi bwacu🇧🇮ukaba wifuza kuja muri groupe ya  twandikire kur +25767266546ham wiber mubambere baronka amakur...
21/06/2023

niheza kuburundi bwacu🇧🇮

ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya 💪

🇧🇮
🔵🔴 Abakinyi b' Intamba mu Rugamba officiel mu rugendo rubagarukana mu Burundi 🇧🇮.

Vyitezwe ko bashika ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye isaha icenda z'umuhingamo.

Tubipfurije urugendo rwiza!

niheza kuburundi bwacu🇧🇮

ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya 💪

🇧🇮

 niheza kuburundi bwacu🇧🇮ukaba wifuza kuja muri groupe ya  twandikire kur +25767266546ham wiber mubambere baronka amakur...
21/06/2023

niheza kuburundi bwacu🇧🇮

ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya 💪

🇧🇮

imbere niheza kuburundi bwacu🇧🇮🇧🇮 Mu Intamba mu Rugamba officiel bashize imana imbere!

Ubutumwa bwa Bonfils Caleb Bimenyimana inyuma y'instinzi y'Intamba kuri Namibie (3-2) : " Mana Ndakwizeye"🤏🏻🤏🏻😍😍

sereburation yumwaka 😍😍😍😍  niheza kuburundi bwacu🇧🇮ukaba wifuza kuja muri groupe ya  twandikire kur +25767266546ham wibe...
20/06/2023

sereburation yumwaka 😍😍😍😍

niheza kuburundi bwacu🇧🇮

ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya 💪

🇧🇮

 niheza kuburundi bwacu🇧🇮ukaba wifuza kuja muri groupe ya  twandikire kur +25767266546ham wiber mubambere baronka amakur...
20/06/2023

niheza kuburundi bwacu🇧🇮

ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya 💪

🇧🇮

🔵🔴 Ibitsindo 3 mu minota 20 y'igice ca mbere!

Imbonekarimwe k'umugwi w' Intamba mu Rugamba officiel ? Abakurikiranye umupira Kuva kera ni mutubwire!

💪💪munfash twongere dukeze intamba murugamba ⚡⚡⚽⚽⚽⚽ niheza kuburundi bwacu🇧🇮ukaba wifuza kuja muri groupe ya  twandikire ...
20/06/2023

💪💪munfash twongere dukeze intamba murugamba ⚡⚡⚽⚽⚽⚽

niheza kuburundi bwacu🇧🇮

ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya 💪

🇧🇮

 niheza kuburundi bwacu🇧🇮ukaba wifuza kuja muri groupe ya  twandikire kur +25767266546ham wiber mubambere baronka amakur...
20/06/2023

niheza kuburundi bwacu🇧🇮

ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya 💪

🇧🇮
🔵🔴 Etienne Ndayiragije yari yemereye abarundi intsinzi, none arayibahaye 💪 🇧🇮.

uko urukino rurangiye 💪💪💪💪🔵🔴 Urukino ruheze Intamba mu Rugamba officiel zitsinze The Brave Warriors ibitsindo 3 kuri 2.A...
20/06/2023

uko urukino rurangiye 💪💪💪💪

🔵🔴 Urukino ruheze Intamba mu Rugamba officiel zitsinze The Brave Warriors ibitsindo 3 kuri 2.

Akajambo kamwe k'ubakinyi b'intamba!

niheza kuburundi bwacu🇧🇮

ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya 💪

🇧🇮

igice cakabiri numuriro 💪💪 intamba hejuru  niheza kuburundi bwacu🇧🇮ukaba wifuza kuja muri groupe ya  twandikire kur +257...
20/06/2023

igice cakabiri numuriro 💪💪 intamba hejuru

niheza kuburundi bwacu🇧🇮

ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya 💪

🇧🇮

 niheza kuburundi bwacu🇧🇮ukaba wifuza kuja muri groupe ya  twandikire kur +25767266546ham wiber mubambere baronka amakur...
20/06/2023

niheza kuburundi bwacu🇧🇮

ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya 💪

🇧🇮

🔵🔴 Intamba mu Rugamba officiel hejuru cane 🤩

🔹 Abedi Bigirimana niwe yatsinze igitsindo ca mbere :1min
🔹 Bonfils Caleb Bimenyimana atsinda ica kabiri :10e min
🔹 Shabani Hussein Tchabalala atsinda ica gatatu: 19e min

🔶 Igitsindo ca Namibie : Peter Shalulile : 39e min

Igice ca mbere giheze ari ibitsindo 3 vy'Uburundi 🇧🇮 kuri kimwe ca Namibie 🇳🇦.

niheza kuburundi bwacu🇧🇮

ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya 💪

🇧🇮

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when All Challenge of Tik Tok and all Videos posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to All Challenge of Tik Tok and all Videos:

Share

Category