Burundian Football news and Faster Scores

Burundian Football news and Faster Scores get news and scores

Menya amakuru ya footballThiago Pitarch abaye umukinyi muto cane w’Umunya-Espagne atanguye gukina mu mugwi wa mbere wa R...
12/03/2026

Menya amakuru ya football
Thiago Pitarch abaye umukinyi muto cane w’Umunya-Espagne atanguye gukina mu mugwi wa mbere wa Real Madrid mu gikombe ca UEFA Champions League.
Thiago Pitarch, umukinyi wo hagati afise imyaka 18, yatanguye mu mugwi wa mbere wa Real Madrid mu rukino rwo guhura na Manchester City mu mukino wa mbere wa 1/8 ca Champions League.
Kubera ivyo, yararenze rekord yari ifiswe na Raúl González maze aba Umunya-Espagne akiri muto cane ashoboye gutangura gukina mu mugwi wa Real Madrid muri iri rushanwa. ⚽

➡️➡️ inkuru iryoshe kandi ikongera ikababazaVictor Osimhen yararize cane inyuma y’aho abafana ba Galatasaray berekanye i...
11/03/2026

➡️➡️ inkuru iryoshe kandi ikongera ikababaza

Victor Osimhen yararize cane inyuma y’aho abafana ba Galatasaray berekanye igitambara kinini (tifo) co kwibuka no guha icubahiro nyina yapfuye akiri muto.
‘Twebwe turi umuryango, kandi umuryango ni vyose!’ ”

dusubire dukurikirane amakuru duciye kuri
kandi dukanda suivre na partage

05/03/2026

Use your phone to work with 1XBET. Watch this video carefully to see how you can open your own 1XBET account by yourself, without anyone’s help.

Regardez attentivement cette vidéo pour voir comment vous pouvez ouvrir votre propre compte 1XBET vous-même, sans l’aide de personne.

football gamedimanche a 21h00ce video vous aide a connaître la manière utilisant pour ouvrir un compte utiser ton téléph...
09/01/2026

football game
dimanche a 21h00
ce video vous aide a connaître la manière utilisant pour ouvrir un compte
utiser ton téléphone comme l' emploi

Address

Buja
Bujumbura

Telephone

+25761823524

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Burundian Football news and Faster Scores posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Burundian Football news and Faster Scores:

Shortcuts

Share

Category