Fabrizio Burundi

Fabrizio Burundi HERE WE GOOO🔥🔥🚀

🚨🚨🚨 UBWO hariho urukino warumaze kuraba rubereye ijisho gusumvya uru rwaraye rukinwe rwa PSG-BAYERN .?.Birashoboka ko  r...
29/04/2026

🚨🚨🚨 UBWO hariho urukino warumaze kuraba rubereye ijisho gusumvya uru rwaraye rukinwe rwa PSG-BAYERN .?.

Birashoboka ko rwoba rwari arirwo rukino rw'ibihe vyose mu mateka ya UEFA Champions League,MBEGA URUKINO RW'UMUPIRA W'AMAGURU !!!🤯
Iyo tuvuze Football, ibi nivyo tuba turiko turavuga, abakinyi beza ku mpande zompi, umupira uva kw'izamu rimwe uja ku rindi, imigwi yompi irema uburyo bwinshi buvamwo ibitsindo !!

🤔Bizogenda gute mu rukino rwo gusubiriza i MUNICH???
BAZOKWICANAA🔥...

✖️🔙 Imyaka itatu irarumanye uyumunsi, umwana w'imyaka 15 yinjiye mukibuga asubiriye muri Fc Barcelona yamenyerezwa na Xa...
29/04/2026

✖️🔙 Imyaka itatu irarumanye uyumunsi, umwana w'imyaka 15 yinjiye mukibuga asubiriye muri Fc Barcelona yamenyerezwa na Xavi ikina na Real Betis , gutyo aba abaye umukinyi wa mbere akiri muto akinyi urukino rwiwe rwa mbere muri Fc Barcelona.

🤓Mumyaka itatu gusa yamaze kuja mubakinyi bagwanira umupira w'inzahabu ....

Mwite Lamine Yamal, kazoza ka Fc Barcelona ndetse nak'umupira w' amaguru muri rusangi kubakiye kuriwe💎..

🚨🚨🔥 UMVE AKA KUMIRO KARAYE KABAYE MU CICARO CA KABIRI MURI ESPAGNEM'urukino rw'icicaro ca kabiri muri Espagne rwariko ru...
27/04/2026

🚨🚨🔥 UMVE AKA KUMIRO KARAYE KABAYE MU CICARO CA KABIRI MURI ESPAGNE

M'urukino rw'icicaro ca kabiri muri Espagne rwariko ruhuza Huesca na Real Zaragoza, umunyezamu wa Zaragoza Esteban Andrada yeretswe ikarata itukura inyuma yaho yararonse ikarata y'umuhondo igira kabiri kwikosa yakoze ryo gusunika capitaine wa Huesca Jorge Pulido.

Bamaze kumuha ikarata itukura , uwo mu nyezamu yaciye yiruka iyo Pulido capitaine wa Huesca ari aca amugomora ingumu nziza cane yo mumutwe.

😁 nta nkeka aha yashatse kuzira ikiri ukuri..



🚨🚨 INKURU yaka kanya💣🔥Fc Barcelona irinjiye murugamba na Real Madrid rwo gusinyisha Victor Munoz.Victor Munoz kubatabizi...
22/04/2026

🚨🚨 INKURU yaka kanya💣🔥

Fc Barcelona irinjiye murugamba na Real Madrid rwo gusinyisha Victor Munoz.

Victor Munoz kubatabizi yigiye umupira muri Real no muri Fc barcelona.

Muminsi iheze naho Victor Munoz yarahinduye abamuhagarariye ava mubahagarariye abakinyi nka Valverde... maze yimukira kubahagaratiye abakinyi nka Joan Garcia, Dani Olmo nabandi...

😎 reka turindire turabe aho bizoherera ,urugamba ntiruzoroha.

🗞️ TheAthletic

🚨🚨💣 "Ntagahengwe nagato twipfuza guha Athletico Madrid. "Lamine Yamal mumajambo make yagize ati:« tuzoguma tubatera igit...
13/04/2026

🚨🚨💣 "Ntagahengwe nagato twipfuza guha Athletico Madrid. "

Lamine Yamal mumajambo make yagize ati:
« tuzoguma tubatera igitutu ,ntagahengwe nagato bazoronka nakumunota umwe ,tuzoguma twiruka tuzotanga vyose.»

« ntibirahera ,ntibirahera... remontada irashoboka kandi ninaco gituma turi ngaha.»

🙌🏽 ayo niyo majambo ahejeje gushikiriza mukiganiro n'abamenyesha makuru.



🚨🚨🚨💣 VYASHUSHE, bitanguriye inyuma y'ikibuga , mukibuga hoho bizogenda gute.?Balde :🗣️« Kubera ko inyimosho nshasha ya F...
13/04/2026

🚨🚨🚨💣 VYASHUSHE, bitanguriye inyuma y'ikibuga , mukibuga hoho bizogenda gute.?

Balde :🗣️« Kubera ko inyimosho nshasha ya Fermin , tuzokora Remontada. »

Kuruhandi ruhande mukiganiro nabamenyesha makuru Koke ( kizigenza wa Athletico madrid) bamubajije .

🎤 Barcelona irizera remontada?.
Koke:🗣️« birasanzwe kuba bavyibaza mugabo twe na bagenzi banje turiyeguye. Turubaha uwoduhanganye mugabo turafise ugushaka cane gutsinda urukino».

📌 bizoherera hehe ?



13/04/2026

🚨🚨🚨 VUGA wewe remontada aha urayizeye neza .?😳 Je mbona bigoye kabisa.









🚨🔥BOOM : Nguyu uwatsindiye 5.000 FBU ku mahirwe twatanze ku muntu aza gutomboza ingene urukino ruza kurangira hagati ya ...
09/04/2026

🚨🔥BOOM : Nguyu uwatsindiye 5.000 FBU ku mahirwe twatanze ku muntu aza gutomboza ingene urukino ruza kurangira hagati ya Real Madrid C.F. na FC Bayern München ✅...

Niwe muntu wa mbere yatanguye kuvuga ko urukino ruza kurangira batsindanye ibitsindo 2-1 . Ku rubuga rwa Facebook, yitwa umu•RUNDI

🙌🏻 Ukaba utarakora kuri Fabrizio Burundi uriko urahomba . Erega nawe amahirwe yogutwengera.😍

LET'S GO 🔥

🚨✨ BOOM BOOM : Ngayo ayandi 5.000 FBu. Aza kukunanira gutahukana wayabonye 😔🔥Vuga ingene urukino ruza kurangira hagati y...
08/04/2026

🚨✨ BOOM BOOM : Ngayo ayandi 5.000 FBu. Aza kukunanira gutahukana wayabonye 😔🔥

Vuga ingene urukino ruza kurangira hagati ya FC Barcelona na Atlético de Madrid hama nawe witahukanire 5.000 FBU.

Ukaba utarakora kuri Fabrizio Burundi uriko urahomba. Erega nawe amahirwe yogutwengera.😍

08/04/2026

🚨🚨 Penalty Canke Siyo.?

Raba neza hama ucutubwira muri commentaire.





🚨🚨 BIRATANGAJE 😳🙈 Ejo, bash*tse kuri Santiago Bernabéu, umugabo atambaye yaciye imbere ya bus ya Real Madrid aja gubahen...
08/04/2026

🚨🚨 BIRATANGAJE 😳🙈

Ejo, bash*tse kuri Santiago Bernabéu, umugabo atambaye yaciye imbere ya bus ya Real Madrid aja gubahenera n' abari ngaho bose imbere y'ukuja mukibuga bahura na Bayern München 👀🚌

[ 📷 Diario Olé ]

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fabrizio Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category