Thierry hak+257

Thierry hak+257 Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Thierry hak+257, Sport & recreation, nkenga, Bujumbura.

⚽⚽⚽Umukinyi wo hagati mukibuga akinira umugwi wa Southampton Lavia ariko araronderwa bikomeye na Liverpool kugira aze kw...
28/06/2023

⚽⚽⚽Umukinyi wo hagati mukibuga akinira umugwi wa Southampton Lavia ariko araronderwa bikomeye na Liverpool kugira aze kwuzuza hagati mukibuga hayo

⚽⚽Umurwi wa Real Madrid uvuga ko witeguye kwakira imiriyoni 100 kumugwi wose ushaka Umukinyi wayo wo hagati mukibuga ako...
28/06/2023

⚽⚽Umurwi wa Real Madrid uvuga ko witeguye kwakira imiriyoni 100 kumugwi wose ushaka Umukinyi wayo wo hagati mukibuga akomoka muri Uruguay🇺🇾🇺🇾

Karin benzene imigwi yo mubwongereza izohora imwibuka kuko atamugwi ukina champions league ataratsinda Chelsea yoyo yayi...
13/04/2023

Karin benzene imigwi yo mubwongereza izohora imwibuka kuko atamugwi ukina champions league ataratsinda Chelsea yoyo yayigize iyo gukorerako entraonement

Umukinyi halland yongeye kugaragaza kwariwe musaririzi kuruno mwanya ateye ubwoba
12/04/2023

Umukinyi halland yongeye kugaragaza kwariwe musaririzi kuruno mwanya ateye ubwoba

⚽🏆🏆Abakinyi bakiri bato mu murwi wa Chelsea bararyohewe niza rya Franck lampard muri Chelsea kuko ngo uwo mumenyereza as...
08/04/2023

⚽🏆🏆Abakinyi bakiri bato mu murwi wa Chelsea bararyohewe niza rya Franck lampard muri Chelsea kuko ngo uwo mumenyereza asanzwe azwiho mukuduza Abakinyi bakiri bato

⚽⚽⚽Umugwi wa Al Rayyan wo mugihugu ca Arabie Saoudite wamaze gutangaza umumenyereza wayo mushasha akaba ari umudefanseri...
08/04/2023

⚽⚽⚽Umugwi wa Al Rayyan wo mugihugu ca Arabie Saoudite wamaze gutangaza umumenyereza wayo mushasha akaba ari umudefanseri yabaye rurangiranwa mumurwi wa fc Barcelone na Liverpool w'umunya Argentine Javier Maschelano

⚽⚽Umukinyi w'umwongereza akinira umugwi wa Tothenham Japhet Tanganga agiye kuva muruwo mugwi inyuma yo kubura ikibanza a...
08/04/2023

⚽⚽Umukinyi w'umwongereza akinira umugwi wa Tothenham Japhet Tanganga agiye kuva muruwo mugwi inyuma yo kubura ikibanza akaba ariko aronderwa n'umugwi myinshi harimwo na Fc Barcelone akina k'uruhande rw'inyuma iburyo

⚽⚽Umukinyi w'umurundi Ndayishimiye yussuf nyange asanzwe akinira umugwi wa OG nice ari mubakinyi ikipe yiwe iza kwifashi...
08/04/2023

⚽⚽Umukinyi w'umurundi Ndayishimiye yussuf nyange asanzwe akinira umugwi wa OG nice ari mubakinyi ikipe yiwe iza kwifashisha murukino iza gukina na PSG w'abakinyi bafatwa nkabambere kw'isi messi-mbappe-neeymar mubona azoshobora kubahagarika naho yahora mu mvune

⚽⚽Umugwi wa New castle ugomba gusinyisha Umukinyi w'umwongereza akinira umugwi wa West ham utd jarrod Bowen muci riza
08/04/2023

⚽⚽Umugwi wa New castle ugomba gusinyisha Umukinyi w'umwongereza akinira umugwi wa West ham utd jarrod Bowen muci riza

⚽⚽Umukinyi w'umwongereza jude bellingham akinira umugwi wa Borrussia Dortmund amenyesha ko yiyumvamwo gukinira mugihugu ...
08/04/2023

⚽⚽Umukinyi w'umwongereza jude bellingham akinira umugwi wa Borrussia Dortmund amenyesha ko yiyumvamwo gukinira mugihugu c'ubwongereza ahasanzwe hari ihiganwa rikomeye hako yoja muri Espagne mumurwi wa real Madrid aho ama ekipe afise amahirwe yo kumusinyisha ari Liverpool fc na Man City

⚽⚽⚽Ikipe ya bunley fc yo mugihugu c'ubwongereza niyo yabaye iyambere mukuduga icicaro inyuma yo gutsinda ikipe ya Middle...
08/04/2023

⚽⚽⚽Ikipe ya bunley fc yo mugihugu c'ubwongereza niyo yabaye iyambere mukuduga icicaro inyuma yo gutsinda ikipe ya Middlesbourg ibitsindo 2-1.Iyo ekipe ikaba isanzwe imenyerezwa n'umumenyereza w'umubirigi Vincent kompany

✔ikipe ya fc Barcelone yatanguje ibiganiro hagati yayo n'umukinyi joao cancelo kugira azoze kuyikinira mu mwaka w'inkino...
07/04/2023

✔ikipe ya fc Barcelone yatanguje ibiganiro hagati yayo n'umukinyi joao cancelo kugira azoze kuyikinira mu mwaka w'inkino uza aho yabonye ko k'uruhande rwiburyo rwayo rugoyagoya

Address

Nkenga
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Thierry hak+257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share