Updatenews 257

Updatenews 257 Sport

  257  FT: Messager Ngozi 1-1 Young Baffaloes (Agg: 1-1) FT: Green Eagles 2-1 Musongati FC (Agg: 4-3)Imirwi yose yaseruk...
06/12/2020

257



FT: Messager Ngozi 1-1 Young Baffaloes (Agg: 1-1)


FT: Green Eagles 2-1 Musongati FC (Agg: 4-3)

Imirwi yose yaserukiye Uburundi ikaba isezeye amahiganwa

Umurwi wa ukaba usezeye ihiganwa rya , aho n'inyuma yaho murukino rwa mbere rwabereye muri Eswatini iyo mirwi yose yari yanganije (0-0), mugihe urukino rwo gusubiririza rwariko rubera mu ntara ya Ngozi iyo mirwi inganyije igitsindo (1-1). Umurwi wa ukaba ariwo uciye uronka uburenganzira bwo kubandanya kubera igitsindo 1 batsindiye iwabo

Kurundi ruhande umurwi wa nawo nyene ukaba usezeye amahiganwa ya inyuma yaho bahejeje gutsindirwa mu gihugu ca Zambia n'umurwi wa ibitsindo (2-1), tukabibutsako mu rukino rwibanze rwari rwabereye kuri Stade iyo mirwi yose yari yanganyije ibitsindo (2-2)

  257 Uku nikw'inkino zose zagenze mw'ihiganwa rya   kundwi yaryo ya 12 (12è journée):
02/12/2020

257


Uku nikw'inkino zose zagenze mw'ihiganwa rya kundwi yaryo ya 12 (12è journée):

  257 Uku nikw'inkino 3 zagenze kuruno munsi mw'ihiganwa rya  Vital'o FC 1-0 Muzinga FCRukinzo FC 3-2 Aigle Noir CSOlymp...
01/12/2020

257


Uku nikw'inkino 3 zagenze kuruno munsi mw'ihiganwa rya

Vital'o FC 1-0 Muzinga FC

Rukinzo FC 3-2 Aigle Noir CS

Olympic Star 2-0 Les Élephants FC

  257 Kuva kuruno munsi ihigabwa rya   riraza kubandanya kundwi yaryo ya 12 (12è journée)
01/12/2020

257


Kuva kuruno munsi ihigabwa rya riraza kubandanya kundwi yaryo ya 12 (12è journée)

  257 Mw'ihiganwa rya  , urukino rwariko ruhuza umurwi wa   hamwe n'umurwi wa   wo mu gihigu ca Zambia, rukaba ruhejeje ...
28/11/2020

257


Mw'ihiganwa rya , urukino rwariko ruhuza umurwi wa hamwe n'umurwi wa wo mu gihigu ca Zambia, rukaba ruhejeje kurangira iyo mirwi yose inganya ibitsindo (2-2).

Twobamenyesha yuko iyo mirwi yose izoca itana mu mitwe mu rukino rwo gusubiririza ruzobera mu gihugu ca Zambia ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 05/12/2020

  257 Uku nikw'inkino 4 zagenze zirangiza indwi ya 11 mw'ihiganwa rya  Flambeau Du Centre 6-1 Kayanza UnitedBuja City 0-...
22/11/2020

257


Uku nikw'inkino 4 zagenze zirangiza indwi ya 11 mw'ihiganwa rya

Flambeau Du Centre 6-1 Kayanza United

Buja City 0-0 Inter Star

Aigle Noir CS 2-1 Les Élephants FC

Messager Ngozi 1-0 Atletico Academy

  257  Inkino za   zo kundwi ya 11 zabandanije. Uku nikw'inkino 3 zagenze kuruno munsi:Vital'o FC 2-0 Bumamuru FCBS Dyan...
21/11/2020

257


Inkino za zo kundwi ya 11 zabandanije. Uku nikw'inkino 3 zagenze kuruno munsi:

Vital'o FC 2-0 Bumamuru FC

BS Dyanamik 1-0 Olympic Star

Muzinga FC 0-3 Musongati FC

  257 Urukino rumwe rwari rutegekanijwe kuruno munsi mw''ihiganwa rya   rukaba rwarabgiye umurwi wa   utsinze umurwi wa ...
20/11/2020

257


Urukino rumwe rwari rutegekanijwe kuruno munsi mw''ihiganwa rya rukaba rwarabgiye umurwi wa utsinze umurwi wa ibitsindo (2-1).

  257 Kuva kuruno munsi ihiganwa rya   riraza kubandanya kundwi yaryo ya 11 (11è journée)
20/11/2020

257


Kuva kuruno munsi ihiganwa rya riraza kubandanya kundwi yaryo ya 11 (11è journée)

  257 Uku nikw'inkino zose zagenze mw'ihiganwa rya   kundwi yaryo igira 10 (10è journée)
18/11/2020

257


Uku nikw'inkino zose zagenze mw'ihiganwa rya kundwi yaryo igira 10 (10è journée)

  257 Uku nikw'inkino 3 zagenze kuruno munsi mw'ihiganwa rya
16/11/2020

257


Uku nikw'inkino 3 zagenze kuruno munsi mw'ihiganwa rya

  257 Kuva kuruno munsi ihiganwa rya   riraza kubandanya kundwi yaryo ya 10 (10è journée)
16/11/2020

257


Kuva kuruno munsi ihiganwa rya riraza kubandanya kundwi yaryo ya 10 (10è journée)

Address

Bujumbura

Telephone

+25775647445

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Updatenews 257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category