Vivanceofficial

Vivanceofficial vivanceofficial

Natacha Burundi ahejeje gutahukana agashimwe ka Hipipo music awards.....
10/12/2021

Natacha Burundi ahejeje gutahukana agashimwe ka Hipipo music awards.....

Umumenyereza w'umugwi nserukirahihugu intamba murugamba wabigeme...Daniella nibimenya yanditse ikite ryogutanga imohoho ...
08/12/2021

Umumenyereza w'umugwi nserukirahihugu intamba murugamba wabigeme...Daniella nibimenya yanditse ikite ryogutanga imohoho mwayomabanga ...

02/12/2021

Hello tora indirimbo imwe muri commentaire muzakuryoheye kuva muri nzero gushika muri kigarama 2021...20 zambere tuzozitoramwo cumi tuzovuza muri powerplay mundwizibiri zanyuma zisozera umwaka...

Yitwa madiba da classic izina ryokurondera ubugari abicishije mumuziki...wibagiye gato ba wiz designer ....berry music ....
29/11/2021

Yitwa madiba da classic izina ryokurondera ubugari abicishije mumuziki...wibagiye gato ba wiz designer ....berry music ...olegue...neft b ...mr giba ...b cobra ...wise ...butterfly nabandi ntavuze mumyaka yinyuma gato niwe yatanguye kwerekana ko ihinduka kubakiri bato mumuziki rishoboka aje kunganira sat b yabitanguye 2010 ....ariko ubu ndiko ndandika inonkuru madiba ntawuzi irengero ryiwe mumuziki ...mumisi iheze vyavuzwe ko vyatewe nuko yabuze papa wiwe ngwacafata ivyurugo muminwe ...hagataho yarasohoye slam yise iragi kuko kubwanje irya ntiyari indirimbo kuko yavuze ivyonokwita kwari vie privée....akaba ari muri bamwe baryimihari abatamufasha naho nawe nyene ubwiwe muri circulation yumuziki atarimwo....ubona hokogwiki iyi talent tuyigarukane vyanse mumahoro tumuzane kunkoni ?

Helena hôtel gitega : hon. Reverien NDIKURIYO arikwayaga ivyaranguwe mumyaka 8 yararongoye ishirahamwe ry'umupira w'amag...
28/11/2021

Helena hôtel gitega : hon. Reverien NDIKURIYO arikwayaga ivyaranguwe mumyaka 8 yararongoye ishirahamwe ry'umupira w'amaguru ...akazokoregwa mungata na Général Manalex....amatora ni igenekerezo rya 5 kigarama 2021...

Francine niyonsaba yash*tse buja
22/09/2021

Francine niyonsaba yash*tse buja

Kesho tarehe 22.9.2021...saa mbili kamili ntakua pamoja nauyu mwamba kwenye kipindi ukipendaco ca cangamka show...ebu ac...
21/09/2021

Kesho tarehe 22.9.2021...saa mbili kamili ntakua pamoja nauyu mwamba kwenye kipindi ukipendaco ca cangamka show...ebu aca swali lako kwenye comment....namba ya kusendia ujumbe mfupi ni 69863994.

Natacha na manageur wiwe rapha bafashindege kuruno wakabiri igenekerezo 21.9.2021 berekeza muri tanzania ahobagiye gufat...
21/09/2021

Natacha na manageur wiwe rapha bafashindege kuruno wakabiri igenekerezo 21.9.2021 berekeza muri tanzania ahobagiye gufata amasanamu yindirimbo ya Natacha nshasha....

Gari  ya msani kutokea uvira briana yapata ajari ikitokea bandarini darsalaam.....
26/08/2021

Gari ya msani kutokea uvira briana yapata ajari ikitokea bandarini darsalaam.....

Umwanya n,umwanya Natasha arashika ibujumbura avuye mubutaliyano iyo yaramaze imisi mukaruhuko (photo nayikiye kuri post...
20/08/2021

Umwanya n,umwanya Natasha arashika ibujumbura avuye mubutaliyano iyo yaramaze imisi mukaruhuko (photo nayikiye kuri post ya Edisson Ndayahoze ).

13/08/2021

Mwumva gute ?uyu yitwa D one.....

Uyu mugabo yagirizwa kwadakorana nabaririmvyi bomubindi bihugu cane inyishu yarayitanze yifashishije Dear ...ideni yarar...
12/08/2021

Uyu mugabo yagirizwa kwadakorana nabaririmvyi bomubindi bihugu cane inyishu yarayitanze yifashishije Dear ...ideni yararyishuye canke ntimuranyurwa?...imbere yavyose ejo muhurire kuri You tube yiwe ....

Address

21av
Bujumbura

Telephone

+25775636553

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Vivanceofficial posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Vivanceofficial:

Share