Justin øG SJn

Justin øG SJn Promotion et loisirs

Get ready!!! Igisasu kije guturika ahari hasigaye kiraje vuba!!!
26/01/2022

Get ready!!! Igisasu kije guturika ahari hasigaye kiraje vuba!!!

26/01/2022

Hey guys!! Ubwo FIFA yoba itabonako amategeko ya football na terrain aba coach bayahonyanga kwl??
Mbega umu coach!!!?

Hello bantu banje💛,ntibigiy kworoha muri  ,inyuma ya   SSat_B Satlight KINGSSat_B Satlight KINGKING arekuye   me,  -boy ...
13/09/2021

Hello bantu banje💛,ntibigiy kworoha muri ,inyuma ya SSat_B Satlight KINGSSat_B Satlight KINGKING arekuye me, -boy nabo ngo twitege umurirooo.
Gusa mwibuk kugira like kuri page yacu. Mbakunda kanini

Ngo yaberewe vy'ukuri? Angahe/10 ??? Le millionnaire d'aujourd'hui  B-face On The'floB-face On The'floB-face On The'flo ...
06/09/2021

Ngo yaberewe vy'ukuri? Angahe/10 ??? Le millionnaire d'aujourd'hui
B-face On The'floB-face On The'floB-face On The'flo On The'flo

Congratulations to  🇧🇮
04/09/2021

Congratulations to 🇧🇮

😇 "Ryari ihiganwa ridasanzwe. Intsinzi ya mbere nryoherewe kurusha izindi zose. Intsinzi naronse kubera ntadebukiwe. Ntivyari vyoroshe kuko vyasa naho ngira ndangize naniwe. Ariko nakomeje kwitanga cane... Vyari bihimbaye''

🎤 Ayo ni amajambo FRANCINE NIYONSABA yashikirije inyuma yo gutahukana itsinzi ku metero 5000 mw'ihiganwa Diamond league 2021 ryaraye ribereye i Buruseri mu Bubirigi

😘 Tubandanye dukeza Fara none ! Mbega tuzoja kumutegera ?

Justin øG SJn on a work, like my page
04/09/2021

Justin øG SJn on a work, like my page

Address

Bujumbura

Telephone

+25768468933

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Justin øG SJn posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Justin øG SJn:

Share