10/11/2022
📢📢📢 Bishasha
Hasigaye iminsi 10 ngo igikombe cisi yose gitangur🌐🔥🔥. Imigwi yibihugu iriteguye cane naho benshi mubakinyi babo baguma baja mu mvune bigatuma hariho bamwe bamwe bazogenda batikwije. Nkuko babinegura bavuga ko Iki gikombe cisi yose ca 2022 kibaye mubihe bibi kuko amahiganwa yarakibandanya hose binasigura ko abakinyi benshi bari mumvune atamahirwe bazoronka.
Naho ivyo biruka Ama équipes yibihungu amwamw aratanguye gusohora urutonde rwabatumweko. Izo ntonde zikaba zimaze kuja ahabona. Ni nkimirwi nka France, Japon, Cameroun, Belgique, Brésil...
Twese rero tukaba dutegereje Ico gikombe cisi nakanyamuneza nkuko vyama inyuma yimyaka 4 icamwo hagati..
Mubona kizotsinda nde??? Équipe muha amahigwe niyih???
Shirako J' aime👍 et Partage kukibuga cacu