26/10/2023
🛑🚨⚠️BREAKING: Umukinyi wo hagati wa Newcastle, Sandro Tonali ahagaritswe amezi 10 adakina umupira w'amaguru kubera kubettinga 🚫
⛔Amezi 10 adakina umupira w'amaguru kubera ukuntu yaza arabettinga igihe yari akina muri Milan
⛔Muri ayo mezi 10, azomaramwo umunani avugwa, asubizwa k'umurongo mu bwonko kubera kubettinga vyari vyaramwishe mu mutwe, vyaramugize imbata
Azogaruka mu kibuga muri myandangaro 2024! Azonasiba igikombe ca Euro 2024