AKEZA SPORTS

AKEZA SPORTS Bienvenue sur la page officielle d'AKEZA SPORTS. Your No.1 sports channel in Burundi.
(6)

30/05/2026

πŸ”΅πŸ”΄ Raba ibitsindo vyabonetse mu rukino Uburundi bwatsinzwe na Ethiopie ibitsindo 2 kuri 1 .

πŸ”΅πŸ”΄ Icigwa Intamba z'abigeme U17 zidusigiye inyuma y'inkino zo kurondera igikombe c'isi : - Abigeme b'abarundi barafise i...
30/05/2026

πŸ”΅πŸ”΄ Icigwa Intamba z'abigeme U17 zidusigiye inyuma y'inkino zo kurondera igikombe c'isi :

- Abigeme b'abarundi barafise impano y'umupira w'amaguru .

- Abigeme bacu bakina neza igice ca mbere ariko mu gice ca kabiri bica vyanka ( baba barushe ) .

- Abakinyi b'abarundi nta gihagararo kinini bafise ivyo n'ibisanzwe ni kamere k'abarundi ariko nta n'inguvu ziva ku myimenyerezo bafise.

-Uyu mugwi ufise abigeme bafise impano , bisabwa ko baguma bitabwaho neza .

Uwo ni umwihwezo wa Kaze Kelly Oirce inyuma y'urukino .

πŸ”΅πŸ”΄ Ethiopie ihejeje gukuramwo Uburundi mu nkino zo kurondera itike y'igikombe c'abatarenza imyaka 17 !FT : Burundi U17 1...
30/05/2026

πŸ”΅πŸ”΄ Ethiopie ihejeje gukuramwo Uburundi mu nkino zo kurondera itike y'igikombe c'abatarenza imyaka 17 !

FT : Burundi U17 1-2 Ethiopie U17

Mu nkino 2 , Intamba zatsinzwe ibitsindo 4 kuri mu gihe zatsinze ibitsindo 2.

30/05/2026

πŸ”΅πŸ”΄ PSG vs Arsenal

Who will win the final?

πŸ”΅πŸ”΄ Ethiopie U17 ihejeje gutsinda igitsindo ca kabiri ! Ku munota wa 75 , Abigeme ba Ethiopie bahejeje gutsinda igitsindo...
30/05/2026

πŸ”΅πŸ”΄ Ethiopie U17 ihejeje gutsinda igitsindo ca kabiri !

Ku munota wa 75 , Abigeme ba Ethiopie bahejeje gutsinda igitsindo kibongereza amahirwe yo kubandanya mu muce ukurikira .

75' : Burundi U17 1-2 Ethiopie U 17 ( Aggr : Burundi 2-4 Ethiopie ).

πŸ”΅πŸ”΄ Igice ca kabiri ntigitanguye neza ku Ntamba mu Rugamba z'abigeme ! Ethiopie U17 ihejeje gutsinda igitsindo ku munota ...
30/05/2026

πŸ”΅πŸ”΄ Igice ca kabiri ntigitanguye neza ku Ntamba mu Rugamba z'abigeme !

Ethiopie U17 ihejeje gutsinda igitsindo ku munota wa 52 w'urukino .
60' : Burundi U17 1-1 Ethiopie U17

Urukino rurabandanya ,..

πŸ”΅πŸ”΄ Amasanamu yo mu gice ca mbere !Uburundi bwerekanye urugero rwiza , barashobora kwinjiza igitsindo ariko bahusha ubury...
30/05/2026

πŸ”΅πŸ”΄ Amasanamu yo mu gice ca mbere !

Uburundi bwerekanye urugero rwiza , barashobora kwinjiza igitsindo ariko bahusha uburyo bwinshi .

πŸ”΅πŸ”΄ Uburundi buri imbere mu gice ca mbere ! HT : Burundi U17 1-0 Ethiopie U17 Mu rukino rwa mbere , abigeme ba Ethiopie b...
30/05/2026

πŸ”΅πŸ”΄ Uburundi buri imbere mu gice ca mbere !

HT : Burundi U17 1-0 Ethiopie U17

Mu rukino rwa mbere , abigeme ba Ethiopie bari batsinze Uburundi ibitsindo 2 kuri 1 .

Kuri stade Intwari , abigeme b'abarundi bariko bakina neza cane ariko bamaze guhusha uburyo bwovamwo igitsindo incuro nyinshi.
Naho biruko, icizere ko Uburundi burengana kirahari .

πŸ”΅πŸ”΄ Abakinyi 11 batanguye mu kibuga k'uruhande rw'umugwi nserukiragihugu wa Ethiopie  w'abadashikana imyaka 17 . 20' : Bu...
30/05/2026

πŸ”΅πŸ”΄ Abakinyi 11 batanguye mu kibuga k'uruhande rw'umugwi nserukiragihugu wa Ethiopie w'abadashikana imyaka 17 .

20' : Burundi 1-0 Ethiopie

Urukino rurabandanya,...

πŸ”΅πŸ”΄ Abakinyi 11 batanguye mu kibuga k'uruhande rw'umugwi nserukiragihugu w'Uburundi  w'abadashikana imyaka 17 . ⚽Dancille...
30/05/2026

πŸ”΅πŸ”΄ Abakinyi 11 batanguye mu kibuga k'uruhande rw'umugwi nserukiragihugu w'Uburundi w'abadashikana imyaka 17 .

⚽Dancille Iranzi yamaze gutsinda igitsindo ca mbere c'Intamba ku munota wa 5 w'urukino .

πŸ”΅πŸ”΄ Ibanga ry'itsinzi ni kwumvikana, gushira hamwe no kwitangira igihugu ! Intamba mu rugamba zirabandanya imyimenyerezo ...
30/05/2026

πŸ”΅πŸ”΄ Ibanga ry'itsinzi ni kwumvikana, gushira hamwe no kwitangira igihugu !

Intamba mu rugamba zirabandanya imyimenyerezo yo kwitegurira urukino rwa gicuti ruzohuza Uburundi na GuinΓ©e Γ©quatoriale itariki 4/06//2026 .

Abafana b'Intamba, mutangure gutera intege umugwi nserukiragihugu .

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when AKEZA SPORTS posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category