Intare sports news

Intare sports news Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Intare sports news, Sport & recreation, BUJUMBURA, Bujumbura.

๐Ÿ›‘๐Ÿšจ Mwenewabo na Paul Pogba, Mathias Pogba yavuze ko Paul Pogba yashaka guha akazi umurozi kugira azoroge KYLIAN MBAPPE ๐Ÿ˜ณ...
29/08/2022

๐Ÿ›‘๐Ÿšจ Mwenewabo na Paul Pogba, Mathias Pogba yavuze ko Paul Pogba yashaka guha akazi umurozi kugira azoroge KYLIAN MBAPPE ๐Ÿ˜ณ

Mwenewabo na Paul Pogba, Mathias Pogba :

๐Ÿ—ฃ๏ธ" Igihe ibintu vyose bizoja k'umugaragaro, abantu bose bazobona ko ata kijuju, umuhemutsi, indyarya nkawe (Paul Pogba) kuri iyi si."

๐Ÿ—ฃ๏ธ: "Kylian ubu urabitahura?? Nta nabi ndakwipfuriza. Ibi ndabikora kubwo ineza yawe, ibintu vyose ni ukuri kandi biraboneka. Uwo murozi arazwi."

๐Ÿ—ฃ๏ธ: "Mbabajwe n'uwu mwenewacu. Umuntu yiyita umu islam akaja m'uburozi? Si ibintu vyiza kugira umuntu w'indyarya, umuhemutsi iruhande rwawe."

K'urundi ruhande, Paul Pogba yagirije mwenewabo gukorana n'itsinda ry'abagizi ba nabi bagerageje kumutera ubwoba kugira abahe imiriyoni 13โ‚ฌ

Mu nkino za Kivandimwe Ubufaransa bwakiriye Afrika y'epfo na Cรดtรฉ d'ivoire hagati ya 25 na 29 ntwarante, zimwe mu ncuti ziwe zo m'ubwana zamutwaye mu nyubako i Paris, zimwagiriza kutigera abafasha ikintu na kimwe kuva abaye umukinyi w'umunyamwuga

Ico gihe Abagabo babiri bafise inkoho basavye Paul Pogba imiriyoni 13โ‚ฌ kugira ntibamumenere amabanga

Ayo mabanga kwari ugushira hanze amajwi yiwe ariko arasaba umwe mu barozi ko yoroga KYLIAN MBAPPE

Mu nyuma niho yaje kumenya ko abo bantu bose bakorana na mwenewabo, Mathias Pogba

Yaciye abibwira ababuranira Juventus, aho baciye babimenyesha abashinzwe umutekano

Amatohoza arabandanya.

Address

BUJUMBURA
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Intare sports news posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share