04/06/2023
Benumugisha Guy Caleb akaba yaserukiye Uburundi mumahiganwa Yisi Yose ya Taekwondo ( wolrd Taekwondo Championship) i BAKU muri Azerbaïdjan , akaba yagwanye muri catégorie de -54Kg akaba yashoboye kugwana combats 3, hama agarukira muri 1/8 final .
Twobamenyesha yuko atawundi mukinyi wa taekwondo mu Burundi arashobora kugera kurayo mateka.
Akaba akomoka muri taekwondo club Jaguar Burundi .
Turamukeje twongera tumwofuriza kugera kure .
Ibra N-day