Tsinda foot

Tsinda foot Amakuru y'inkino z' umupira kandi aryoshe , agezweho ni kuri Tsinda foot

🔴⚪ARSENAL !! Amakuru yemeza ko hamaze kuba ubwumvikane hagati ya Arsenal na Newcastle gusinyisha Bruno Guimaraes Kuri Mi...
31/07/2026

🔴⚪ARSENAL !! Amakuru yemeza ko hamaze kuba ubwumvikane hagati ya Arsenal na Newcastle gusinyisha Bruno Guimaraes Kuri Miliyoni 90€ atama bonus arimwo

🔴🔴 robert Lewandowski nubu aracari uwa mbere mu bistindo
03/03/2025

🔴🔴 robert Lewandowski nubu aracari uwa mbere mu bistindo

09/11/2024

Haaland bivugwa KO atagomba kwongereza amasezerano yipfuza ngo atore umwe muri iyi ibiri .mubona yoja he??

Ntaco atakoze mugabo uyu musi aragiye N'icahe uzomwibukiraho??Ishura muri commentaire
05/07/2024

Ntaco atakoze mugabo uyu musi aragiye
N'icahe uzomwibukiraho??
Ishura muri commentaire

⚽🔴Tumwifurize isabukuru nziza y'amavuka akwiza imyaka 38ans🇵🇹Fyonda kuri followers na j'aime kuri iyi page🎈🎈
05/02/2023

⚽🔴Tumwifurize isabukuru nziza y'amavuka akwiza imyaka 38ans🇵🇹

Fyonda kuri followers na j'aime kuri iyi page🎈🎈

🔴🔥Inkino zi kwirikira kuri Liverpool fc ya Jürgen crop :Newcastle VS LiverpoolLiverpool VS Real MadridLiverpool VS Man.u...
05/02/2023

🔴🔥Inkino zi kwirikira kuri Liverpool fc ya Jürgen crop :
Newcastle VS Liverpool
Liverpool VS Real Madrid
Liverpool VS Man.united
Réal Madrid VS Liverpool
Liverpool VS fulham
Man.city VS Liverpool
Liverpool VS arsenal
Ndabona afise amahigwe angana 98â„… yo kugenda

Fyonda kuri followers na j'aime kuri iyi page🎈🎈

30/01/2023

🔴 Real Madrid ikeneye gutanga amahera angana n'imiriyoni 100$ + camavinga kugira bazane umukinyi wo hagati wa Dortmund
🗣 Camavinga avuga ko ata c'iyumviro co kuva muruwo m'ugwi afise

Fyonda kuri followers na j'aime mubandanye muronka inkuru zigezweho🎈🎈

🔴Mubona ari uwahe arenze?Muri commentaire!!Fyonda followers na j'aime kuri iyi page
24/01/2023

🔴Mubona ari uwahe arenze?
Muri commentaire!!

Fyonda followers na j'aime kuri iyi page

Address

Kennytristan9gmail. Com
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tsinda foot posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share