IWACU Football$

IWACU Football$ Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from IWACU Football$, Sports, https://youtube. com/, Bujumbura.

⚽⭕OFFICIEL:Umugwi wa Real Madrid uhejeje gutangaza biciye mw’itangazo ko utandukanye n'umukinyi wabo Marco Asensio inyum...
06/06/2023

⚽⭕OFFICIEL:Umugwi wa Real Madrid uhejeje gutangaza biciye mw’itangazo ko utandukanye n'umukinyi wabo Marco Asensio inyuma yo kuwukinira imyaka 7 agatahukana n'ibikombe bigera kuri 17 :

Champions League: 🏆🏆🏆
LaLiga: 🏆🏆🏆
UEFA Super cup: 🏆🏆🏆
FIFA Club World Cup: 🏆🏆🏆🏆
Supercopa: 🏆🏆🏆
Copa Del Rey: 🏆

Biravugwa ko Marco Asensio mu minsi iri imbere azoca asinya mu mugwi wa Paris Saint Germain.

Banyeninzu nigiki muzokumbura kuri Asensio ❓

Fyonda hano nice bigenda neza

https://chat.whatsapp.com/HfLGgNIZ6jzAt81bU3nUBg

Fyonda kuriyo link ☝️winjire muri group bagufashe kumenya vyishi

👉Tubasabe kwinjira muriyi page yacu mufyonde Aho handitse [ Aimer na Suivre], Warabigize haba handitse [ Aime Déjà na Suivi (e)] kugira mubandanye kuronka amakuru y'inkino agezweho.m6🙏

✍ football

WhatsApp Group Invite

03/06/2023

Today😅

Manchester City VS Manchester United
🔥

03/06/2023

Hello guys Page yacu nshasha igiye kuza irabashikiriza umupira Wamaguru Kwisi yose Muri Rusangi💕 Mudushigikire Muri bwabumwe nyene
___________________________________
🎙️ Unomusi Reka Amakuru yacu tuyahere Hariya Mubihugu vyabarabu Aho tubona umukinyi yanditse Amateka Kwisi nka cr7 twumve ibimuvugwako

🤔 Mbega kuva muntango Zino season irangiye Christian Ronald ninde? Niki yamaze? Atahukanye iki?
Ikwiyi season yagenze kuri (Cr7)

😭. 1 World cup❌
2 Europe league ❌
3 premier league ❌
4 Saudi super cup❌
5 Nations league ❌
6 Saudi league ❌
7 king,s cup ❌
Nuko season ya Christian Ronald yagenze mbega Namwe Niko Mubizi?

🤔 Like na commenter zanyu mutibagiye share 💕

Address

Https://youtube. Com/@IrutingaboJoel
Bujumbura

Telephone

+25765190302

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when IWACU Football$ posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to IWACU Football$:

Share

Category