East African Updates

East African Updates Exclusive East African Updates on Politic, Sports and Entertainment

Alert 🚨🚨🚨 Ubu tuvugana rurageretse hagati ya Eric Nyandwi n' abanywanyi ba   baserukowe na   hamwe na   Rugurika. Uti vy...
03/09/2026

Alert 🚨🚨🚨
Ubu tuvugana rurageretse hagati ya Eric Nyandwi n' abanywanyi ba baserukowe na hamwe na Rugurika. Uti vyifashe gute rero!! nakagwi barikumwe bagiriza ko akorana niperereza ry'Uburumdi. Biruko mugihe akunda gutangaza amakuru menshi yibitagenda neza Kwa akavuga ko ayomakuru ABA yayahawe nabakizi biperereza ry'Uburundi. None ngaho wumva arinde akorera iperereza?? Burya Iperere ryoguha amakuru mudakorana ? Ataco ubaha??

Bandanya mudukurikira East African Updates

Karabaye noneho 😭😭😭😭babahungu bahora badandaza ibiyoba nicayi biza kugenda gute ko Kenyan President William Samoei Ruto ...
03/09/2026

Karabaye noneho 😭😭😭😭babahungu bahora badandaza ibiyoba nicayi biza kugenda gute ko Kenyan President William Samoei Ruto yatangaje ko badakene abantu birigwa barayererana ibiribwa mwibarabara 😭😭😭

20/07/2026

Bitavugwa ko TPLF muri M23 ? Hari uwumbwiye ko abasirikare bari kuva muri Congo baja mu Rwanda ari inyeshamba za Ethiopie TPLF zari mur M23 🤔

   numwe mubantu bahunze   ageze muri Kenya yisanga Ari murukundo numukozi WA ambassador y' Urwanda muri France. Aramube...
20/07/2026

numwe mubantu bahunze ageze muri Kenya yisanga Ari murukundo numukozi WA ambassador y' Urwanda muri France. Aramubesha ngo abanze atahe bakore ubukwe ngo bahite bakora dossier none yaratashe akigera Kanombe yisanze

Bantu mujye mumenya ubwenge mubanze mushishoze mbere yogutwarwa namarangamutima.. hanyuma ibindi reka dukore follow kuri East African Updates

15/06/2026

Mbe Basha ya ID Biometric reta yavuga ivyayo vyahereye hehe🤔🤔

Corruption on the other level
19/03/2026

Corruption on the other level

Pressure hano 😂😂😂
19/03/2026

Pressure hano 😂😂😂

19/03/2026

Kera kabera Nduhungirehe yemeye ko Ari kuri pressure

🚨🎙️ Mario Balotelli: “Iyonza Kuba ndigukinana na  ,   yari guhura nibibazo bikomeye cane.”Arakomeza Ati “Nibaza ko barik...
21/02/2026

🚨🎙️ Mario Balotelli: “Iyonza Kuba ndigukinana na , yari guhura nibibazo bikomeye cane.”

Arakomeza Ati “Nibaza ko barikumpa card canke nkafatigwa ibindi bihano kuko ubutabe Nari kubwishakira. "

Ibi bitangajwe nyuma Yuko Umukinyi akorewe ivangura rishingiye kuruhu muri match barimwo bakina .

Ese tuvuge ko Ari bwaburyo bwo gusaba imbabazi mwizina ryubwoko raaa ??
18/02/2026

Ese tuvuge ko Ari bwaburyo bwo gusaba imbabazi mwizina ryubwoko raaa ??

Address

35 Brandis Road
Adelaide, SA
5115

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when East African Updates posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to East African Updates:

Shortcuts

Share

Category