Nyandwi Léopold

Nyandwi Léopold Burundian Sport Journalist🇧🇮
(381)

🚨🚨|Ijoro Ryiza ndabakunda cane! aha nzohora nshirako utuntu twanje Personel amakuru yinkino nihahandi!
10/09/2026

🚨🚨|Ijoro Ryiza ndabakunda cane! aha nzohora nshirako utuntu twanje Personel amakuru yinkino nihahandi!

🚨🚨|ITANGAZO‼️‼️‼️ Bivanye nikibazo mwese muzi iyi Page yahuye naco Nshatse Kubamenyesha ko iyi Page ihagaritswe atamakur...
10/09/2026

🚨🚨|ITANGAZO‼️‼️‼️ Bivanye nikibazo mwese muzi iyi Page yahuye naco Nshatse Kubamenyesha ko iyi Page ihagaritswe atamakuru azosubira kuyicako!

🗣️Uwushaka kunkurikirana naje Kuriyi nshasha amfolowinge link yayo niyi

https://www.facebook.com/share/1DQzNRCZte/

🗣️Musabwe kugira ama Partage musangize nabandi iyinkuru

murakoze!

Journalist

🚨🚨|ITANGAZO‼️‼️‼️ Bivanye nikibazo mwese muzi iyi Page yahuye naco Nshatse Kubamenyesha ko iyi Page ihagaritswe atamakur...
09/09/2026

🚨🚨|ITANGAZO‼️‼️‼️ Bivanye nikibazo mwese muzi iyi Page yahuye naco Nshatse Kubamenyesha ko iyi Page ihagaritswe atamakuru azosubira kuyicako!

🗣️Uwushaka kunkurikirana naje Kuriyi nshasha amfolowinge link yayo niyi

https://www.facebook.com/share/1DQzNRCZte/

🗣️Musabwe kugira ama Partage musangize nabandi iyinkuru

murakoze!

Abantu muriko mwibazako iyi Page ndayidandaje muzohore muza gusuzuma muzosanga yitwa ukunyene atakindi Icako nico Gituma...
08/09/2026

Abantu muriko mwibazako iyi Page ndayidandaje muzohore muza gusuzuma muzosanga yitwa ukunyene atakindi Icako nico Gituma iyo nshasha nayitandukanije amazina nongerako :" Nyandwi Léopold Journalist" Murakoze! Link muri Comment

07/09/2026

BIRABABAJE ARIKO NTAKUNDI! Mukanya ndabaha itangazo 🙏🙏

🚨🚨|BOOM!!!✨️Champions league yagarutse guhera ku musi w'ejo murasubira mu buryohe.🗣Ngizi inkino zitegekanijwe ku musi w'...
07/09/2026

🚨🚨|BOOM!!!✨️Champions league yagarutse guhera ku musi w'ejo murasubira mu buryohe.

🗣Ngizi inkino zitegekanijwe ku musi w'ejo n'amasaha zizokinirwako.

🚨🚨|BOOM!!!✨️Indani kwa Real Madrid, ngo baratwangazwa n'ubuhinga n'impano vya Yan Diomandé ngo ntabaho 😍🇨🇮🗣Uno musatiriz...
07/09/2026

🚨🚨|BOOM!!!✨️Indani kwa Real Madrid, ngo baratwangazwa n'ubuhinga n'impano vya Yan Diomandé ngo ntabaho 😍🇨🇮

🗣Uno musatirizi w'umu nya Côte d'Ivoire ngo aratangaje cane kandi ngo agiye guhabwa umwanya ukwiye wo kwigaragaza ». 💎🤍

(🗞️ AS)

🚨🚨|BOOM!!!✨️Kuva mu ntango za 📊  saison 2025/26, Fermín López 🇪🇸 afise uruhara mu bitsindo 37 mu nkino 57 zonyene⚽️ Ibit...
07/09/2026

🚨🚨|BOOM!!!✨️Kuva mu ntango za 📊 saison 2025/26, Fermín López 🇪🇸 afise uruhara mu bitsindo 37 mu nkino 57 zonyene

⚽️ Ibitsindo 17
🎯Imipira ivamwo ibitsindo 20

🗣Nta wundi mukinyi wo hagati mu kibuga afise ivyo biharuro uretse Bruno Fernandes.

🗣Uwu muhungu ni igishirira cake umuriro

🚨🚨|BOOM!!!✨️José Mourinho ngo arashobora gukoresha Trent Alexander-Arnold hagati mu kibuga ku musi w'ejo imbere ya Inter...
07/09/2026

🚨🚨|BOOM!!!✨️José Mourinho ngo arashobora gukoresha Trent Alexander-Arnold hagati mu kibuga ku musi w'ejo imbere ya Inter Milan. 👀⚽️

🗣Ivyo bizotuma Denzel Dumfries akoreshwa kuri numero kabiri🔥🤍

[📎 Source : ]

Address

Bujumbura

Telephone

+25761199722

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Nyandwi Léopold posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Nyandwi Léopold:

Shortcuts

Share