21/03/2026
👑 Ibiharuro vya Lamine Yamal kuva yahabwa kwambara numéro 🔟 muri Barça :
✅ Yakinye inkino 39
⚽️ Atsinda ibitsindo 21
🅰️ Imipira ivamwo ibitsindo 15
🤝 Munkino 39 afashije mubitsindo 36, yubaka uburyo bukomeye bwo gutsinda 36.
Kuva yahabwa numéro 🔟, amaze gucenka amakorosi yakunze 189 ⚡🔥
Lamine Yamal woba umushira mubibanza vya kangahe mubakinyi bambere beza kw'isi bariko bakina iburaya aka kanya ?