Fufoy 257

Fufoy 257 Follow me guys

15/08/2026

Salut la famille??? Kucegeranyo mpejeje gukora mwakakanya nyene nsanze abami baba content creator ari Edisson Ndayahoze na the mc 🫡. NB: mwakakanya imbuga zatse imuriro🔥🔥 zagurumanye de la capitale buja musomyi wihweje neza ubona koko arinde twokwita umwami waba content creator ??ijamabo nirwawe tubwire muri commentaire

Kumengo   ntimuriko muramuha ama show?Nukuvugako mutariko mubona ibikorwa vyiwe??muhinzira waaana😏😏     🔥🔥
10/08/2026

Kumengo ntimuriko muramuha ama show?Nukuvugako mutariko mubona ibikorwa vyiwe??muhinzira waaana😏😏 🔥🔥

10/08/2026

Nayahe mazina yabakobwa wumva ugahita umenya ko arindaya

Basi   igihugu kirankeneye 🔥🔥
09/08/2026

Basi igihugu kirankeneye 🔥🔥

09/08/2026

iyi ndirimbo nitaba hit song nzoce ntembera ville ndigusa 🔥🔥🔥

07/08/2026

Kubantu iyo muri kurigata bombon mumara iminota ibiri iyi video niyanyu muyumvirize. Bigenewe abajuje imyaka18 ( #+18ans)

07/08/2026

URESTE "SIBINTSU "'NAKAHE KANDI KAJAMABO U*I Natacha Burundi AKUNDA KUVUGA????

  iracabarya mamayangu   Natacha Burundi ❤️
07/08/2026

iracabarya mamayangu Natacha Burundi ❤️

🇧🇮🔥 Kumusi Wejo Twiteguriye Abash*tsi Badasanzwe Bavuye Murwanda 🇷🇼 Ndavuga Moriox Kids 🇷🇼Abana Bakomeye Cane Muri Afrik...
07/08/2026

🇧🇮🔥 Kumusi Wejo Twiteguriye Abash*tsi Badasanzwe Bavuye Murwanda 🇷🇼 Ndavuga Moriox Kids 🇷🇼Abana Bakomeye Cane Muri Afrika Hamwe Nuwusanzwe Abarongoye C.E.O Wabo Azwi Kwizina Rya SHEMA , Kumwe Numwe Muba Promoter Bakunzwe Murwanda Asanzwe Ari No Mubari Muri Staff Ya The Ben Azwi Kwizina Rya Promoter Hamwe Numugore Wiwe Asanzwe Akunzwe Cane Muri Film Nyarwanda🇷🇼 Azwi Kwizina Rya MICKY.

Abo Bash*tsi Bazoshika Ibujumbura Kukibuga C'indege Isaha 15h00 Zumuhingamo Nkuko Bamaze Kubitangaza.

Kimwe Mubibazanye Harimwo Kuza Gukora Ibikorwa Bikomeye Cane Ama Collabo Gupanga Ibiteramo, Ndetse Nokuza Gutora Izindi Mpano Zikomeye Bazofasha .

Mbibutseko Aba Bose Aribo Basanzwe Bafise Mumaboko Umuririmvyi Agezweho Hano Muburundi 🇧🇮 Azwi Nka Adrick AKIM .

🔺 Turasaba Abakunzi B' Umuziki Ndundi 🇧🇮 Kumwe Nibinyamakuru, Aba Promoters Bose Bazoba Babishoboye Kuzohashika Kwakira Bano Bash*tsi Kuko Bafise Vyinshi Baje. Gufasha Hano Iwacu Mugisata C'Umuziki Kuko Nivyo Bibazanye.

🔺 Mwibukeko Bano Bana MORIOX KIDS Bafise Runini Bamariye Umuziki Wacu Nkuko Mwama Mubibona Mugufasha Abaririmvyi Bacu Mukubapromotingira Indirimbo Zabo!.

🔺Hano Wosiba Kuza Kwakira Bano Bash*tsi? Moriox Kids Ntubafana None? Source

Address

Kiriri
Bujumbura
1100

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fufoy 257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share