MT Sports News

MT Sports News MT Sports TV Like this page to be updated

03/09/2021

Jay Polly akafariki, sad news

Welcome
09/07/2020

Welcome


Buri ku wa kane tuzaba tubereka imikino itandukanye yoroshye gukina!
Uyu munsi umikino ni ~ MAGICAL AMAZON ~

Sura www.playgorillagames.com cyangwa ukoreshe Android Casino App yacu 📲 gukina utsinde!


26/06/2020

Liverpool oyeeee

Amakuru, Politiki, Ubukungu, Diaspora, Imikino, Muzika & Videos...

Liverpool yibitseho igikombe cya champion at y'ubwongereza nyuma y'imyaka 30 idakora kuricyo gikombe
26/06/2020

Liverpool yibitseho igikombe cya champion at y'ubwongereza nyuma y'imyaka 30 idakora kuricyo gikombe

24/06/2020

BB FM Radio muziye igihe kabisa

14/06/2020

Ese koko Prezida Petero Nkurunziza yaba yarapfuye aziza COVID-19 cya yaba razize Ihagarara ry'umutima??

Amashusho ya nyuma ya Prezida Nkurunziza akiri muzima amwerekana ku wa gatandatu uheze (06 ruheshi) asohotse avuye aho yariko arorera umupira kuri stade Rukundo i Buye mu ntara ya Ngozi. Aboneka yitambukira ari kumwe n'abajejwe umutekano wiwe agiye kwinjira mu modoka.

Itangazo rya Leta rivuga ko Prezida Nkurunziza yumvise atamerewe neza (malaise) mu gihe yariko arorera umupira ku wa gatandatu uheze. Iryo joro nyene yaraye yinjiye ibitaro "NATWE TURASHOBOYE" vy'i Karusi (HĂ´pital du cinquantenaire). Itangazo rya Leta rivuga kandi ko ku musi w'Imana Prezida Nkurunziza yari ameze neza aganiriza n'abantu bari kumwe nawe. Itangazo rya Leta rivuga ko ku musi wa mbere mu gatondo umutima wa Prezida Nkurunziza wahagaze giturumbuka (arrĂŞt cardiaque) aca arasandaba.

Utubazo ni twinshi hano. Ko Prezida yishwe n'umutima wahagaze giturumbuka, kuva ku wa gatandatu bariko bamuvura iki ? Hari abavuga ko yoba yari agwaye koronavirisi igahura n'izindi ngwara yari asanganywe, vyoba ari vyo canke sivyo ? Hari abavuga ko yoba yarariye ishano, kandi navyo birashika ko abariye ishano bahura n'ikibazo c'ukwicwa n'umutima uhagarara, nivyo canke sivyo ? Nimba ari koronavirisi ni izihe ngingo zikurikira ? Nimba ari ishano, ni ubwoko buki bw'ishano, hakozwe iki kugira hamenyekane iyo yariririye ?

Hari n'akabazo n'igipfungu kijanye n'isubirizwa rya Prezida Nkurunziza. Ni kuberiki Prezida yapfuye ku wa mbere mu gatondo abarundi bakabimenyeshwa ku wa kabiri inyuma y'umutaga ? Kubera iki gushika ubu atakiravugwa kijanye n'uwumusubirira ? Ni nde aramutswa igihugu kuva Prezida Nkurunziza ashengeye ? Yoba ari Gaston Sindimwo, yoba ari Pascal Nyabenda canke ni Évariste Ndayishimiye ?

Mu bihe benibi abajejwe kurongora igihugu bakwiye gukorera mu muco kugirango ibihuha ntibigume bikwiragira igihugu. Ibihuha ni bibi birashobora guteza ibibazo tutibaza.

N.B : gutukana ntaco vyungura iciyumviro c'umuntu. Umurundi wese arafise uburunganzira bwo gutanga iciyumviro ku buzima bw'igihugu ciwe. Gutanga ivyiyumviro bidasa nivyo vyubaka igihugu, ariko gutukana bitesha iteka uwubikora. Tanga iciyumviro utabanje gutuka uwuvuze ivyo udashaka, nivyo nawe biguha iteka.

https://youtu.be/O7F-DNUcICM
10/06/2020

https://youtu.be/O7F-DNUcICM

Sadio MAIN toying with GB'S defence at London 2012 Olympics... 🔔 Turn on our post notifications to never miss an upload! 📸Instagram: https:/...

Address

HUYE
Huye
12355

Opening Hours

Monday 09:00 - 17:00
Tuesday 09:00 - 17:00
Wednesday 09:00 - 17:00
Thursday 09:00 - 17:00
Friday 09:00 - 17:00
Saturday 09:00 - 17:00
Sunday 09:00 - 17:00

Telephone

+250788682773

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MT Sports News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to MT Sports News:

Share

Category