26/06/2026
⚽️🎤NTABWO AKIRI UMUKINYI WA REAL MADRID BAMAZE KUBA BATANDUKANA.
INKURU IGEZWEHO: Dani Ceballos ntakiri umukinyi wa Real Madrid. 🤍👋
Uwo mukinyi wo hagati w'Umunya-Espagne yasezeye muri Real Madrid inyuma y'uko impande zompi zumvikanye guhagarika amasezerano yiwe ata ngorane. Ivyo bituma aca aba umukinyi yigenga (Free Agent), bisobanura ko ashobora kwinjira mu yindi kipe ata mahera y'ugugurwa atanzwe.
Ceballos azwiho ubuhanga bwo gukinisha umupira, gutanga amapasse meza no kugenzura urukino hagati mu kibuga. Ubu amakipe menshi ashobora gutangura kumwipfuza kugira yongere akomeze urugendo rwiwe.
👀 None wewe, ni iyihe kipe ubona yobereye Dani Ceballos?
Mwibuke kubana natwe mudukorere suivre na partager mwibuke na comment kuri Tubigenze Gute Mukwitwararika Abandi?