22/07/2026
πβ€οΈ Umunezero wacu ntusigura ko dufise ibintu vyinshi. β¨π
Hari abo usanga batuguruka mu bintu vyinshi, ariko natwe tukabarusha ikintu gikomeye cane: umutima wo gushima nβukwizera. πβ€οΈ
Ntukareke agaciro kawe ngo kagabanuke kubera ivyo utararonka. Shima ivyo ufise uyu munsi, kuko nβutuntu duto Imana yaduhaye ni imigisha ikomeye. π±β¨
Komeza kwizera Imana, kuko igihe cayo kiragera kandi izoguha nβivyo utararonka ubu. ππ₯
π‘ Impanuro: Ntugeranye ubuzima bwawe nβubwβabandi. Umuntu wese afise urugendo rwiwe nβigihe ciwe. Ico usabwa ni ugukora cane, kuguma wizeye no kugira umutima ushima, kuko uwushima utuntu duto ategurirwa nβibintu binini. ππ―
β½π₯ Ku bakunzi bβumupira nβimikino:
π― 1xBet Code Promo: MOND0257 π₯π°
Koresha amahirwe yawe mu bwitonzi kandi wibuke ko intsinzi nyayo itangurira ku kwizera no ku gukora. πͺβ¨
π
β€οΈ
π
π₯