30/03/2026
🚨 INKURU ISHYUSHYE MU MUPIRA W’ISI ⚽🔥
Umumenyereza w’inararibonye Carlo Ancelotti yatanze iciyumviro gikomeye cane ku buryo amakipe atsinda amahiganwa akomeye nka Coupe du Monde 🌍🏆
🧠 Ati: “Uwutsinda si uwinjiza ibitsindo vyinshi, ahubwo ni uwinjizwa ibitsindo bike.”
💥 Ivyo bisigura iki? Mu mupira wa none, gutsinda si ugutera gusa… ni no kwikingira neza!
👉 Amakipe akomeye atsinda kubera defense ikomeye, ukwiyubara n’ugutegura neza umukino.
📊 Raba nk’akarorero:
Amakipe yatsinze Coupe du Monde kenshi aba afise ubwugarizi bukomeye cane
N’iyo batsinze ibitsindo bike, ntibemera vyinshi ⚡
🔥 Ubutumwa: 👉 Attack irashimisha abafana
👉 Ariko Defense niyo itwara ibikombe 🏆
💬 Wowe ubibona gute?
None wemera ko kwikingira ari vyo bihambaye kurusha gutsinda ibitsindo vyinshi? 👇