Barça fans burundi

Barça fans burundi 🇪🇦💜❤️ iyi page itanga amakuru ya football na cane cane aya FC Barcelone

News in three languages:
Kirundi 🇧🇮 Français 🇨🇵 Anglais 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿


🏟️ Sportfy Camp Nou

aaa
16/05/2026

aaa

e
14/05/2026

e

13/05/2026

N'oublions pas que le Barça joue ce soir contre Alaves.

coup d'envoi 19h30 GMT

 10 joueurs du FC Barcelone 🇪🇦 convoqués par le sélectionneur de La Roja( équipe nationale Espanyol 🇪🇦🇪🇦)Gavi,Lamine,Ped...
12/05/2026



10 joueurs du FC Barcelone 🇪🇦 convoqués par le sélectionneur de La Roja( équipe nationale Espanyol 🇪🇦🇪🇦)

Gavi,Lamine,Pedri,Olmo,Torres, Cubarci,Martin,Eric, Firmin et Garcia sont dans le groupe

Aha wibaza ko barya bagabo babiri bari inyuma (umwe yambaye costume za noir uwundi jersey zera) bariko biyumvira iki?Je ...
12/05/2026

Aha wibaza ko barya bagabo babiri bari inyuma (umwe yambaye costume za noir uwundi jersey zera) bariko biyumvira iki?

Je mbona basa nabatangaye,bavuga ngo "....eeeh,baragitwaye kweri...."

Aha wibaza ko aba ba jeunes babiri noba bariko bavugana uduki?Olivia Rodrigo twizere ko ataje nka Nicky Nicole ku musore...
11/05/2026

Aha wibaza ko aba ba jeunes babiri noba bariko bavugana uduki?

Olivia Rodrigo twizere ko ataje nka Nicky Nicole ku musore wacu🤦🤦🤦

Happy birthday to you Joan Garcia 🎂🎂25years old
04/05/2026

Happy birthday to you Joan Garcia 🎂🎂
25years old

04/05/2026

for Classico

BOMBAZOOOOO 💪💪💪🌏 Umugwi wa FC Barcelone y'abigeme irash*tse muri final ya Champions League 🌏 Inyuma yo kunganya na Bayer...
03/05/2026

BOMBAZOOOOO 💪💪💪

🌏 Umugwi wa FC Barcelone y'abigeme irash*tse muri final ya Champions League

🌏 Inyuma yo kunganya na Bayern München 1-1 muri match allé,FC Barcelone ikosoye Uwo mugwi wo mubudagi mukuwutsinda ibitsindo bine kuri bibiri i Sportfy CampNou.
Aho biciye biba 5-3

🌏 FC Barcelone iciye ihamvya les Lionnes ( abigeme ba Olympique Lyonnais) muri Final.

Ubona arinde azotahukana iki gikombe?Lion canke Barça?
Tubwire muri commentaire 👇

📷 Mundo Deportivo

 👕 FC Barcelone yamaze gushira ahabona maillot bazokinana  .👕 Iyo maillot izoba iriko   y'umuririmvyi   aho indirimbo zi...
03/05/2026


👕 FC Barcelone yamaze gushira ahabona maillot bazokinana .

👕 Iyo maillot izoba iriko y'umuririmvyi aho indirimbo ziwe arizo zumvirijwe cane kurubuga Spotify rusanzwe ari umufatamya bikorwa mukuru wa FC Barcelone 🇪🇦

👕 Iyi logo ya uyibina gute?
Reka twipfurize amahirwe abasore bacu

Dirección

Espagne
Barcelona
3030

Notificaciones

Sé el primero en enterarse y déjanos enviarle un correo electrónico cuando Barça fans burundi publique noticias y promociones. Su dirección de correo electrónico no se utilizará para ningún otro fin, y puede darse de baja en cualquier momento.

Compartir

Categoría