IKTV MSA

IKTV MSA Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from IKTV MSA, Masanganzira Ngozi kayanza, Tangara.

(IKTV MSA)๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ
๐Ÿ‘FOLLOW my page IKTV MSA๐Ÿ’ข๐Ÿ’ข๐Ÿ’ข
LIKEBACK๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™
๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅNEW UPDATE IN TIM ๐Ÿ’ฌ๐Ÿ’ฌ๐Ÿ’ฌโŒšโŒšโŒš
๐Ÿ•บ๐Ÿ’ƒ๐ŸƒFILMS๐Ÿ˜„COMEDIE๐Ÿ˜›๐ŸŽธ๐ŸŽธ๐ŸŽธ๐Ÿ‘นIN โฐโฐโฐ
๐ŸŒGUKORA PUBLICITE๐ŸŒ˜
THEX my FANS and MY BOSS๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™
Number is 68791687watsapp and colling๐Ÿ’ฌโšกโšกโšก๐Ÿ’ซ๐Ÿ‘๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ

Hello tous les jeunes mwese mutuye kumasanganzira muze twese dushigikire izimpano zacu zimvukira zokumasanga kugira dute...
17/09/2025

Hello tous les jeunes mwese mutuye kumasanganzira muze twese dushigikire izimpano zacu zimvukira zokumasanga kugira duteze imbere umuji wacu wamasanganzira biciye murizi mpano .kubadandaza nimurabe kuntu mwoshoramwo amafaranga muguteza imbere umuji wamasanganzira nabandimwese mugende kurizo mbuga za youtube mushigikire mugukora subscrebe twese hamwe nitwe tubwigwa mwibukeko iterambere ariryacu mbere nokugihugu cose

hello tous les promoteur murihehe ko mr king sat b ariko araduhamagara ngotugwane urugamba kugira uburundi bwacu tubushi...
10/09/2025

hello tous les promoteur murihehe ko mr king sat b ariko araduhamagara ngotugwane urugamba kugira uburundi bwacu tubushire kurundi gwego murihe ????

06/09/2025

hello people tim CHAGY NGZ ft tim IKTV MSA ni kuruyu wamungu le 07/09/2025 hazoca uwambuye twese tuzohahurire ni kuri terama bar

06/09/2025

hello fans kuwutora izina rya films shasha igiye gusohoka acasiga lumicash tumukorere wikende

zaryamungu uwarumukozi birangiye yihaye mabuja erega abakozi bubu ntandero bakigira  mugabo umugani wawawundi umukozi ag...
06/09/2025

zaryamungu uwarumukozi birangiye yihaye mabuja erega abakozi bubu ntandero bakigira mugabo umugani wawawundi umukozi aguma arumukozi mukazi kose nahamwe bossi adakora kazi neza umukozi nicabajejwe ariko boss atavyazi sije ndabivuze ni fillms igiye gusohoka kuva muri IKTV MSA link muri comments

Hello๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Š๐Ÿ‘‹ nibazeko mumeze neza mugihe turi mugikoni tubategurira ifunguro ryubwenge icomusabwe nukuja gutegura ifunguriro...
06/09/2025

Hello๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Š๐Ÿ‘‹ nibazeko mumeze neza mugihe turi mugikoni tubategurira ifunguro ryubwenge icomusabwe nukuja gutegura ifunguriro rizoshikirako ahonaho ntahandi ni kuri youtube channel mugukora subscrebe

Address

Masanganzira Ngozi Kayanza
Tangara

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when IKTV MSA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share