The REAL SF

The REAL SF CODE PROMO SF257

01/09/2026
01/09/2026
🚨🇦🇷Gastón Edul: 🗣️"The current situation surrounding Julián Álvarez doesn’t benefit anyone:The fans have called for him ...
24/08/2026

🚨🇦🇷Gastón Edul: 🗣️

"The current situation surrounding Julián Álvarez doesn’t benefit anyone:

The fans have called for him to be sold.

Simeone has asked for more forwards, and Atlético need to sell.

Barcelona want Julián.

Julián wants a change.

The only thing holding up the deal is Gil Marín’s stance."

🚨 Anthony Gordon avuga kumipira ivamwo ibitsindo yatanze ejo :🗣️🎙️« Buri gihe iyo nambaye uno mwambaro, nca nibuka ko Ba...
24/08/2026

🚨 Anthony Gordon avuga kumipira ivamwo ibitsindo yatanze ejo :

🗣️🎙️« Buri gihe iyo nambaye uno mwambaro, nca nibuka ko Barcelone yakoresheje inguvu nyinshi kugira isinyishe ko rero ntegerezwa kwitanga muburyo bwose bushoboka.

Ni intango ya LaLiga nziza, ariko ndashobora gukora n'ibindi vyiza gusumba. » 🔵🔴💫

🚨🇪🇸 𝗚𝗘𝗥𝗔𝗥𝗗 𝗠𝗢𝗥𝗘𝗡𝗢:🗣️ “Julián Álvarez clearly looked mentally absent on the pitch. He looked completely broken, almost as...
24/08/2026

🚨🇪🇸 𝗚𝗘𝗥𝗔𝗥𝗗 𝗠𝗢𝗥𝗘𝗡𝗢:

🗣️ “Julián Álvarez clearly looked mentally absent on the pitch. He looked completely broken, almost as if he just wanted to get as far away from Atlético Madrid as possible.

🗣️ “I think Atlético should allow him to join his dream destination, FC Barcelona. There’s simply no point in keeping a player who no longer wants to be there.” 🔵🔴⏳

1XBET
CODE PROMO SF257 ✅️

🚨 Atlético Madrid ngo iriteguye gutanga Julián Álvarez mur'iri ci kumugwi wose uzobaha miriyoni 150€ havuyemwo FC Barcel...
24/08/2026

🚨 Atlético Madrid ngo iriteguye gutanga Julián Álvarez mur'iri ci kumugwi wose uzobaha miriyoni 150€ havuyemwo FC Barcelone na Real Madrid ! 🥵😳❌

Ngo ntishaka gukomeza umukeba 🙆‍♂️

Aho ni mugihe Julian Alvarez wewe yiphuza kuja muri FC Barcelone gusa 😳

🗞️ TheAthleticFC
The REAL SF

🔵🔵😱 BREAKING !!! Karim Adeyemi na Rodrigo Hernandez Cascante bamaze kwandikwa muri Laliga ✅✅ ↪️Ku musi w'ejo bazoba bari...
21/08/2026

🔵🔵😱 BREAKING !!!
Karim Adeyemi na Rodrigo Hernandez Cascante bamaze kwandikwa muri Laliga ✅✅

↪️Ku musi w'ejo bazoba bari mubakinyi Hansi Flick azokoresha muri Match FC Barcelona izohura na Elche ku musi w'Imana ✅✅

SF257 CODE PROMO

🗞️ The REAL SF 🚨BreakingNews 🚨FC Barcelone ngo igiye gukora ibishoboka vyose kugira irabe ko yoronka Julian Alvarez mumi...
18/08/2026

🗞️ The REAL SF

🚨BreakingNews 🚨
FC Barcelone ngo igiye gukora ibishoboka vyose kugira irabe ko yoronka Julian Alvarez muminsi 3 iri imbere, ngo nivyanka izoca ibiheba ❌

Code Promo SF257 ✅️

🚨BreakingNews OFFICIEL ✅ Rodri 🇪🇸 yasinye mumugwi wa FC Barcelone avuye muri Manchester City kumafaranga angana na miriy...
18/08/2026

🚨BreakingNews
OFFICIEL ✅ Rodri 🇪🇸 yasinye mumugwi wa FC Barcelone avuye muri Manchester City kumafaranga angana na miriyoni 60€ + miriyoni 16,5€ za bonus !!!!! 💙❤️

Code Promo SF257

🚨BreakingNews Atlético Madrid ngo ntamugambi ifise kurekura Julián Álvarez aje muri FC Barcelone. ✍️ 🚫 🗞️ Elchiringuitot...
18/08/2026

🚨BreakingNews
Atlético Madrid ngo ntamugambi ifise kurekura Julián Álvarez aje muri FC Barcelone. ✍️ 🚫

🗞️ Elchiringuitotv

Address

Rumonge

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when The REAL SF posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share