Izere Sport 97.1

Izere Sport 97.1 ��������

✅🔵⚪ KYLIAN MBAPPÉ yahagurutse uno munsi aja I Jeddah muri Arabie Saoudite gukina final ya Super Coupe d'Espagne izoba Ku...
09/01/2026

✅🔵⚪ KYLIAN MBAPPÉ yahagurutse uno munsi aja I Jeddah muri Arabie Saoudite gukina final ya Super Coupe d'Espagne izoba Kumunsi w'Imana !⚪✈️

✅ Kur'uno munsi yakoreye imyimenyerezo kukibuga ca Valdebebas yaciye abanze gukorerwa ibindi bipimo imbere y'ugufata urugendo nk'ukwo vyemejwe na Xabi Alonso.

Bitangazwa na Melchor Ruiz wa Cope !

💣〽️ Pep Guardiola avuga kumukinyi wiwe mushasha, Semenyo : « Azomenyera vyihuse kuko uno mugwi w'abakinyi ntusanzwe. Uno...
09/01/2026

💣〽️ Pep Guardiola avuga kumukinyi wiwe mushasha, Semenyo : « Azomenyera vyihuse kuko uno mugwi w'abakinyi ntusanzwe. Uno mugwi ni mwiza cane, kandi azowumenyera vuba.

Sinzi nimba azoba umukinyi atangura canke atazotangura, ariko azoba mubakinyi bazokoreshwa vuba, ntabakinyi benshi dufise. »

Mugihe Pep yohitamwo gukinisha Semenyo ejo muri FA Cup imbere ya Exeter City, azoba yiteguye gukina.

🚨 OFFICIEL ✅ Antoine Semenyo ahejeje gusinya mumugwi wa Manchester City amasezerano azoshika muri 2031, kumafaranga anga...
09/01/2026

🚨 OFFICIEL ✅ Antoine Semenyo ahejeje gusinya mumugwi wa Manchester City amasezerano azoshika muri 2031, kumafaranga angana na miriyoni 62,2€. ❤🔥🔵

🚨👕 OFFICIAL COMPOSES 👕  |
21/10/2025

🚨👕 OFFICIAL COMPOSES 👕
|

FT:🇧🇮 Aigle Noir CS  0➖️1  Al Ahly🇪🇬37' Nicolas Iragi KANYAMUKENGE (OG)⚽️Birangiye umugwi wa Al Ahly utsinze Aigle Noir ...
18/10/2025

FT:🇧🇮 Aigle Noir CS 0➖️1 Al Ahly🇪🇬

37' Nicolas Iragi KANYAMUKENGE (OG)⚽️

Birangiye umugwi wa Al Ahly utsinze Aigle Noir CS igitsindo 1 ku 0 mu match Aller ya 2è tour mw’ihiganwa rya CAF CHAMPIONS LEAGUE.

Urukino rwo gusubiriza ni mundwi iza mu gihugu ca Égypte.

Urukino mwarubonye gut?

18/10/2025
🛑   FT: PSG 🔵 3-3 ⚪ STRASBOURG⚽Barcola 6'    ⚽Panichelli 26'    ⚽Moreira 41'    ⚽Panichelli 49'⚽Ramos 58'(P)⚽Mayulu 79'📝...
18/10/2025

🛑

FT:
PSG 🔵 3-3 ⚪ STRASBOURG

⚽Barcola 6'
⚽Panichelli 26'
⚽Moreira 41'
⚽Panichelli 49'
⚽Ramos 58'(P)
⚽Mayulu 79'

📝Umugwii wa 𝗣𝗦𝗚 ucuye inota 1 imbere ya 𝗦𝗧𝗥𝗔𝗦𝗕𝗢𝗨𝗥𝗚 ! 🤝

📝Turavye match imeze neza kbsa

🗣️Wowe waruhagaze kuruhande uruhe?

🇫🇷

🚨🚨 Amahiganwa Iburaya aragaruka, uku nikwo inkino zitegekanijwe uno munsi :🌍 AFRICA : CAF Champions League - Qualificati...
18/10/2025

🚨🚨 Amahiganwa Iburaya aragaruka, uku nikwo inkino zitegekanijwe uno munsi :

🌍 AFRICA : CAF Champions League - Qualification
15:00 Aigle Noir 🇧🇮 - 🇪🇬 Al Ahly
15:00 Black Bulls 🇲🇿 - 🇳🇬 Rivers United
15:00 Silver Strikers 🇲🇼 - 🇹🇿 Young Africans
18:00 Rahimo 🇧🇫 - 🇹🇳 Esperance Tunis
18:00 Stade d'Abidjan 🇨🇮 - 🇦🇴 Petro Atletico

🌍 AFRICA: CAF Confederation Cup - Qualification
15:00 Simba 🇨🇩 - 🇿🇦 Kaizer Chiefs
15:00 ZESCO 🇿🇲 - 🇧🇼 Jwaneng Galaxy
15:15 KMKM 🇿🇲 - 🇹🇿 Azam
16:00 15 de Agosto 🇬🇶 - 🇿🇦 Stellenbosch
16:00 Maniema 🇨🇩 - 🇸🇿 Royal Leopards
17:00 Dekedda 🇸🇴 - 🇪🇬 Zamalek
18:00 San Pedro 🇨🇮 - 🇧🇯 Coton FC
20:00 Olympique de Safi 🇲🇦 - 🇹🇳 Stade Tunisien

🌍 AFRICA: CAF Super Cup
19:00 Pyramids 🇪🇬 - 🇲🇦 Berkane

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ENGLAND : Premier League
13:30 Nottingham - Chelsea
16:00 Brighton - Newcastle
16:00 Burnley - Leeds
16:00 Crystal Palace - Bournemouth
16:00 Manchester City - Everton
16:00 Sunderland - Wolves
18:30 Fulham - Arsenal

🇪🇸 SPAIN : LaLiga
14:00 Sevilla - Mallorca
16:15 Barcelona - Girona
18:30 Villarreal - Betis
21:00 Atl. Madrid - Osasuna

🇫🇷 FRANCE : Ligue 1
17:00 Nice - Lyon
19:00 Angers - Monaco
21:05 Marseille - Le Havre

🇩🇪 GERMANY : Bundesliga
15:30 FC Koln - Augsburg
15:30 Heidenheim - Werder Bremen
15:30 Mainz - Bayer Leverkusen
15:30 RB Leipzig - Hamburger SV
15:30 Wolfsburg - Stuttgart
18:30 Bayern Munich - Dortmund

🇮🇹 ITALY : Serie A
15:00 Lecce - Sassuolo
15:00 Pisa - Verona
18:00 Torino - Napoli
20:45 AS Roma - Inter

  till in 2029
18/10/2025

till in 2029

🔵 🔴 Buyenzi, iwabo n'umupira w'amaguru ?Mukanya, kuri stade Amani mu Buyenzi, AKEZA SPORTS yatunganije ihiganwa ry'ama J...
18/10/2025

🔵 🔴 Buyenzi, iwabo n'umupira w'amaguru ?

Mukanya, kuri stade Amani mu Buyenzi, AKEZA SPORTS yatunganije ihiganwa ry'ama Jonglet ku bakinyi bakiri bato baza guhiganwa.

Muraza gukurikirana iryo higanwa ikibiriraho kuri YouTube ya AKEZA SPORTS :

Bienvenue sur la chaîne Youtube officielle Your No.1 sports channel in Burundi.

Address

Rumonge
97.1MHZ

Opening Hours

Monday 09:00 - 11:00

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Izere Sport 97.1 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category