Football New MGMR

Football New MGMR Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Football New MGMR, Sports League, Rumonge.

♻️✅️Boom nuko haaland yari yishe mugenziwe kw'iyondwiheze
17/03/2026

♻️✅️Boom nuko haaland yari yishe mugenziwe kw'iyondwiheze

🔵 🔴 Laminé YAMAL nuko yagiye kugira RAMADAN ahejeje gukora triple itangaje cane
01/03/2026

🔵 🔴 Laminé YAMAL nuko yagiye kugira RAMADAN ahejeje gukora triple itangaje cane

🚨 MBEGA 🔴 aba nibo bakinyi IX bitezwe ko bazotangura kumunsi w'ejo kuruhande rwa Real Madrid imbere ya Valance.Kylian Mb...
07/02/2026

🚨 MBEGA 🔴 aba nibo bakinyi IX bitezwe ko bazotangura kumunsi w'ejo kuruhande rwa Real Madrid imbere ya Valance.

Kylian Mbappé 🇨🇵 azosubira kuruhande gwiwe ibubamfu (Vinicius siho azobari ndetse na Rodrigo).

urabona uyumugwi harico uzotanga!?

Football New MGMR

🚨✅ Victor font uwuhaye ariko ariyamamaza mubazoba umuperezide wa FC Barcelone ahejeje kuvugako niyatogwa akaba umuperezi...
03/02/2026

🚨✅ Victor font uwuhaye ariko ariyamamaza mubazoba umuperezide wa FC Barcelone ahejeje kuvugako niyatogwa akaba umuperezide ko azoca abazanira umwe muraba akaba ari haaland 🇳🇴 canke Alvarez 🇦🇷

🚨✅ Barça ihejeje gusaba ko ariyo izokwakira finale ya Ligue de champions ya 2029
03/02/2026

🚨✅ Barça ihejeje gusaba ko ariyo izokwakira finale ya Ligue de champions ya 2029

🚨 BREAKING : Deal ya Karim Benzema aja muri Al Hilal, yarangiye !Karim Benzema yamaze kwemera ibintu vyose biri mubusabe...
03/02/2026

🚨 BREAKING : Deal ya Karim Benzema aja muri Al Hilal, yarangiye !

Karim Benzema yamaze kwemera ibintu vyose biri mubusabe bw'amasezerano Al Hilal wamurungikiye uno munsi !

Ibintu bigeze kuntambwe yanyuma, Benzema arindiriye ko bamumenyesha gusa ko hageze kw'asinya. ✍️

Karim Benzema agiye gusinya amasezerano y'umwaka umwe n'igice, azomugeza muri 2027.

✅️Abazungu ntaco batazobaha vrmnt ehe ndabira ubu ntavyooo kwigora🤣🤣🤣🤣
03/02/2026

✅️Abazungu ntaco batazobaha vrmnt ehe ndabira ubu ntavyooo kwigora🤣🤣🤣🤣

Address

Rumonge

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Football New MGMR posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share