Thė best

Thė best Tik tôk:cãmarã
YouTube:sïmœns
FB :d.trump

🌹🇧🇮
22/06/2026

🌹🇧🇮

26/05/2026

With Mç+257 – I just made it onto their weekly engagement list by being one of their top engagers!

ah nihe 👇👈👈
23/05/2026

ah nihe 👇👈👈

11/03/2026

03/03/2026

Avec Mç+257 – Je figure pour la première fois sur sa liste des interactions hebdomadaires en faisant partie de ses followers les plus actifs !

13/02/2026
🎤🔴⚽   : Perezida wa 𝗔𝗹 𝗡𝗮𝘀𝘀𝗿,Abdullah Al Majid, ashobora gukurwa ku Mwanya wa vuba 💰🇸🇦.Nk’uko bivugwa n’inkuru zituruka ...
10/02/2026

🎤🔴⚽ : Perezida wa 𝗔𝗹 𝗡𝗮𝘀𝘀𝗿,
Abdullah Al Majid, ashobora gukurwa ku Mwanya wa vuba 💰🇸🇦.

Nk’uko bivugwa n’inkuru zituruka mu
Bantu begereye cane iyo club, Abdullah
Al Majid, umukuru wa Al Nassr ashobora
Guhagarikwa canke gukurwa ku yobora
Mu minsi ya vuba.

🔎 Icatumye havuka ikibazo?

Ni inyuma y’amajambo yavuze yafashwe
Nabi n’abari imbere muri club, bituma
Habaho ukutumvikana, n’umutekano
Muke hagati y’abayobozi.

🗣️ Amajambo yiwe yavuzwe ko yateye Akavuyo :

« Muri Al Nassr, jewe ndi uw’ingenzi
Kurusha 𝗖𝗿𝗶𝘀𝘁𝗶𝗮𝗻𝗼 𝗥𝗼𝗻𝗮𝗹𝗱𝗼. Ashobora
Gufasha mu biganiro (négociations),
Ariko ntaco kirenze… » 🔥🇸🇦⚽️

Address

R3
Nyanza-Lac

Telephone

+25765628615

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Thė best posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share