Muremera Fc

Muremera Fc Ngozi

🟡 Turahimbawe n'amanota 3 twarose uwu musi.Mu rukino rugira kabiri rw'ihiganwa ry'icicaro ca 3 muri District ya Ngozi, M...
14/06/2026

🟡 Turahimbawe n'amanota 3 twarose uwu musi.

Mu rukino rugira kabiri rw'ihiganwa ry'icicaro ca 3 muri District ya Ngozi, Muremera Academy twatsinze Onze Rapide igitsindo 1 ku 0.

Mu nkino zibiri turakwije amanota 4 kuri 6.

â­•Umugwi wacu uhejeje kuronka inota rimwe mu rukino rwa mbere rwo mw'ihiganwa ry'i Ngozi.FT: Aigle du Commercant 2-2 Acad...
06/06/2026

â­•Umugwi wacu uhejeje kuronka inota rimwe mu rukino rwa mbere rwo mw'ihiganwa ry'i Ngozi.

FT: Aigle du Commercant 2-2 Academy Muremera.

 : Umugwi wacu wavutse mu mwaka wa 1999 uvukira ku mutumba Muremera,kubera abari bawurongoye ico gihe bafatiriwe n'ibind...
06/04/2026

: Umugwi wacu wavutse mu mwaka wa 1999 uvukira ku mutumba Muremera,kubera abari bawurongoye ico gihe bafatiriwe n'ibindi bikorwa,uwo mugwi warameze nkuwahebwe maze uza kunagurwa mu mwaka wa 2014.

Twubakiye ku bana bakiri bato b'imyaka 15 na 16 ariko mu gihe c'ici tuzokwakira abandi bana bato bafise imyaka 12 na 13.

Umugwi wacu uramaze kuramura abana bakina mu cicaro ca 3 muri Ngozi City hamwe n'uwundi mwana ari mw'ituta rya .

Dufise imbono yuko abana bokwiteza imbere ndetse bagateza imbere igihugu biciye mu nkino,turashaka kurera abana bazoba abasubirizi ba Ngozi City na Messager Ngozi muri kazoza.


Address

Ngozi Ville
Ngozi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Muremera Fc posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category