13/08/2026
Bakunzi bumugwi wa real madrid murahawe ikaze kuza kwifatanya naba ba fans babagore bomuntara ya bujumbura yagutse muriko commine ya bukinanyana zone ya ndava colline ya ndava village aho bafise ibirori vyokwigina akanyamuneza kumugwi wabo wa real madrid
Batumiye mwese bakunzi buwomugwi ndetse na ba fans bose batibagiye aba papa imisore ndetse ni nkumi ni kwigenekerezo rya 23/8//2026
Ivyo birori bikazobera mubwugamwo bwowu bita bazimya
Niwaba ukunda umugwi wa real madrid ntuze usibe kwirabira ivyo birori
Ufise ICO ubaza wokwakura kuri :+25768948100