15/09/2026
🚨😂 INKURU MBI KURI LES JEUNES SPORTIF ACADEMY! 😂🚨
📢 Soma neza… ariko ntutangure kurira! 🤣👇
🎬 PARTIE A
1️⃣ Uyu mwana mubona ngaha, yatonze kw’ishure uyu musi, inyuma yo gusiba umusi wa mbere w’ishure. 😭📚
2️⃣ Ash*tse kw’ishure, aca asanga nta kaye na rimwe yatwaye… kandi ikiruta vyose, n’ikaramu nta yo yari afise! 😂✍️
3️⃣ Satani aramwosha 😭🤣, aca afata ingingo idasanzwe: yiba amakaye y’umukobwa bicarana, hamwe n’ikaramu yiwe. 📚✏️
4️⃣ Wa mukobwa aca abona ko ibikoresho abavyeyi bari bamuhaye vyabuze. 😳 Arabirondera… ariko vyose biragaragara ko vyatwawe n’iyi ntwari wacu. 😂
5️⃣ Nuko umukobwa aca aja kubishikiriza ubuyobozi bw’inderero bw’ikigo. 🏫🚨
6️⃣ Ubuyobozi burabisesangura… maze hafatwa ingingo yo kumwirukana vy’igihe gito no gutumako umuvyeyi. 😭😂
7️⃣ Arataha muhira… abavyeyi bamubajije bati: — “Vyagenze gute kw’ishure?” 🤔
Na we ati: — “Hari inama y’abavyeyi… cane cane abafise abana bakina umupira w’amaguru. Inama izoba ejo!” 🤣🤣🤣
😂😂 Umwana yari yagiye kw’ishure kwiga, agaruka yahindutse umunyamabanga w’inama y’abavyeyi!
🤝 TURARINDIRIYE EJO… TUZOBAZANIRA PARTIE B! 🔥😂
😂
🤣⚽