Bishasha vyigihugu by farious

Bishasha vyigihugu by farious Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Bishasha vyigihugu by farious, Sports Promoter, Kamenge.

07/03/2026

Shaaaaaa ivyiyi isi birayobeye???????????????????

Kubijanye nabantu bari kuja kuronderera ubuzima dubai turumva abantu bavuga kubuzima bugenda neza tukumva abandi bavuga ko kujayo ari nko kwisema.

Ico nobabwira coco nuko ivyiyisi ari iviyisi nyene kuvuga ukuri mubantu vyarabahezemwo kuberiki batovuga ukuri kugira natwe turabe ko twoteza imiryango yacu imbere. Naho tutojayo ariko tukareka kujayo tuzi ukuri kwose kwaho.

IGIHUGU CACU KIRATEYE IMBERE KARABAYE,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,Mugihe umutunzi wambere kumugabane wa afrika ariwe...
10/02/2026

IGIHUGU CACU KIRATEYE IMBERE KARABAYE,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,Mugihe umutunzi wambere kumugabane wa afrika ariwe aliko dangote yarash*tse mugihugu cuburundi barikumwe nuwahoze arumukuru wigihugu ca nigeria habaye inama yakataraboneka bariko bariga kumishinga yoshobora gukorera mugihugu cacu cuburundi bivanye nukuntu akibona kigatera imbere.Abarundi barayamaze ngo bibwirwa benshi bikumva benevyo aha tubwira abarwizatunga bacu bikebuke ntawanka iterambere ariko nabo barumva ico gukora kugira nabonyene bagire intambwe bashikanyeko uburundi

Umutunzi wambere kumugabane wa afrika arie aliko dangote inyuma yo kumenyesha kwagiye kwagura imbibe muburundi mubijanye...
10/02/2026

Umutunzi wambere kumugabane wa afrika arie aliko dangote inyuma yo kumenyesha kwagiye kwagura imbibe muburundi mubijanye na business cane cane mumahinguriro yahise anamenyesha yuko agiye kubikora vuba mukiringo kiri hagati yimyaka 3 ni 5 tukazoba tumaze kubona umusaruro cari cakinyamakuru canyu kidahengeshanya

Address

Kamenge

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bishasha vyigihugu by farious posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share