Adogato 257

Adogato 257 Urubuga rwimikino

Ico mbona Espagne iragitwara ndabira ibi biharuro
19/07/2026

Ico mbona Espagne iragitwara ndabira ibi biharuro

Cakoze ubugwi buzokwigwaza peeee akajambo kamwe kuriyi équipé ya real Madrid
03/06/2026

Cakoze ubugwi buzokwigwaza peeee akajambo kamwe kuriyi équipé ya real Madrid

🚨 Liverpool yumvikanye ku buryo bwa nyuma na Andoni Iraola kugira abe umumenyereza mukuru mushasha w’iyo kipe. 👀✍️Iraola...
02/06/2026

🚨 Liverpool yumvikanye ku buryo bwa nyuma na Andoni Iraola kugira abe umumenyereza mukuru mushasha w’iyo kipe. 👀✍️

Iraola ni we azofata mu minwe umugambi n’intumbero za Liverpool nk’uko vyari vyitezwe. 🔴

Ibiyago vyihuse cane mu masaha 48 aheze, kandi ubu impande zose zamaze gushika ku masezerano yuzuye. 💥

Fabrizio Romano 🇮🇹⚽

Ese urabona Liverpool ikoze deal nziza

Barcelona iriko irategura ubusabe bushasha (offer) bwo kugura Julián Álvarez. • Ubwa mbere yari yatanze hafi miliyoni 10...
01/06/2026

Barcelona iriko irategura ubusabe bushasha (offer) bwo kugura Julián Álvarez.
• Ubwa mbere yari yatanze hafi miliyoni 100 z’ama-euro (€100M), ariko ubu ishobora gutanga hagati ya €110M na €115M.
• Bashobora no kongeramwo ijanisha ku mafaranga yovamwo mu kumugurisha mu gihe kiri imbere.
• Deco ari mu biganiro vya hafi n’abaserukira umukinyi.
• Amasezerano y’umushahara n’umukinyi (personal terms) ngo si ikibazo.
• Julián Álvarez ngo yipfuza gusa kuja muri Barcelona, ntashaka kuguma muri Atlético Madrid canke kuja mu yindi kipe.
• Barcelona irafise icizere ko ishobora kurangiza ayo masezerano imbere y’Igikombe c’Isi (World Cup), ariko nta kintu kiraba cemejwe burundu kugeza ubu.


Mubandanye suivre na like commentaire yanyu ira twubaka

01/06/2026

*🏆 2026 FIFA World Cup*
*🗓️ 10 Days to Go*

Hoyi hoyi arsenal ikaba ikubise ikarasisi na bafana beshi cane izungurukana igi kombe ca premier league ya tahukanye ino...
31/05/2026

Hoyi hoyi arsenal ikaba ikubise ikarasisi na bafana beshi cane izungurukana igi kombe ca premier league ya tahukanye ino sezo Ibaze nkejo iyo itsinda final

Dro dro dro yabaye dro Yaraye atwaye UCL Yamal Raphigna Pedri batarakorakoHari umuntu ambwiye ko ubu aba sumba Ese Nivyo...
31/05/2026

Dro dro dro yabaye dro
Yaraye atwaye UCL
Yamal Raphigna Pedri batarakorako
Hari umuntu ambwiye ko ubu aba sumba Ese Nivyo cank

Ici c’est paris
30/05/2026

Ici c’est paris

30/05/2026

15 min Iraheze Arsenal 1-1 PSG
Mbega match weeee
Icombona nuko bose bariko barazibirana

30/05/2026

Quel Le match 90 min ikaba iraheze niyahe ubona iza kuba champion

Address

Gitega
Gitega

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Adogato 257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category