01/07/2026
โ
๐ต๐ฐ BREAKING: Inyuma ya Cucurella, icizere noneho ni cose ko bagiye gukura Enzo nawe muri Chelsea !
Real Madrid ufise icizere ko ugiye kuronka Enzo Fernandes, ariko atari kugiciro ca miriyoni 150โฌ.
Biteguye gutanga ayababa miriyoni 120โฌ kuri Enzo. Ntibategura kuja hejuru y'ayo.
Inyuma yo kuganira na Perez kubakinyi bose babona kw'isoko bosinyisha, Mourinho yahisemwo Enzo asaba ko boca bamusinhisha.
Ayandi mazina bari baganiriyeko yari amazina ya Alexis Mac Allister na Mateus Fernandes.
Mourinho agomba kwubaka umugwi umeze gute ? ๐ฅ๐ฅต