Eric Joshua Kizigenza

Eric Joshua Kizigenza Promouvoir le Sport Burundais

🟢Gitega imigwi bayihigire urucanco rwitwa  😌
29/08/2026

🟢Gitega imigwi bayihigire urucanco rwitwa 😌

29/08/2026

🟢Imyimenyerezo yagenze neza ba bana b'incuti i Gitega bazoze bariye iteke ariko aha mvuga nti uko ubishaka MANA🙂

🔁Ikirori c'ijoro aho bukera ni kuzuza Stade Intwari tukabereka uwobita ABDI INEZA🫶

Eric Joshua Kizigenza
Assurance BIC
Superbat Burundi
Radio Eagle Sport FM

🟢STADE INTWARI Flambeau du centre na Vision FC bimeze gute ko twe twibereye i Gitega?
29/08/2026

🟢STADE INTWARI Flambeau du centre na Vision FC bimeze gute ko twe twibereye i Gitega?

🟢Mwari mukangitse mvuze ngo hahiye i Gitega ariko ni ka kajambo kerekana ko ibirori vyaryoshe cane.KOMERA rero👊Eric Josh...
29/08/2026

🟢Mwari mukangitse mvuze ngo hahiye i Gitega ariko ni ka kajambo kerekana ko ibirori vyaryoshe cane.

KOMERA rero👊

Eric Joshua Kizigenza
Assurance BIC
Superbat Burundi
Radio Eagle Sport FM

🟢I Gitega hahiye🙂🇧🇮🦅
29/08/2026

🟢I Gitega hahiye🙂🇧🇮🦅

🟢Uyu muntu akora affiches za Vision F.C ngira si umurundi.Uyu mugwi mpaka werekanya ubunyamwuga impande zose.🔁Raba aka k...
29/08/2026

🟢Uyu muntu akora affiches za Vision F.C ngira si umurundi.
Uyu mugwi mpaka werekanya ubunyamwuga impande zose.

🔁Raba aka kantu bahinyanyuye...

Eric Joshua Kizigenza
Assurance BIC
Superbat Burundi
Radio Eagle Sport FM

🟢Uru rubanza si aho gutuma inzoya,n'ikibuga kirashuha!
29/08/2026

🟢Uru rubanza si aho gutuma inzoya,n'ikibuga kirashuha!

🟢Abaraye bageze i Bujumbura gutegura guhura na YOUNG STAR na AL HILAL kuri Stade Intwari.🔁Aha Ingwanyi za AIGLE NOIR CLU...
29/08/2026

🟢Abaraye bageze i Bujumbura gutegura guhura na YOUNG STAR na AL HILAL kuri Stade Intwari.

🔁Aha Ingwanyi za AIGLE NOIR CLUB SPORTIF zirakwiye kiretse Bukuru Keita atarakira neza,abandi nabo.

"TURIKUMWE TWESE,AL HILAL TUYIKOREREKO."

Muze TUMANUKE🧑‍🩰

Eric Joshua Kizigenza
Assurance BIC
Superbat Burundi
Radio Eagle Sport FM

29/08/2026

Aho nyene Musongati FC yariye 2-0??

Paris Sahabo yerekanye ko aje ku kazi kabisa🤙

28/08/2026

Kaze✊mukore partages nyishi🎤

Address

Gitega

Telephone

+25779133333

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Eric Joshua Kizigenza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Eric Joshua Kizigenza:

Shortcuts

Share