Methousselah Phones

Methousselah Phones 📱 We sell original smartphones and accessories. Good service, good prices.💎

📍🇧🇮 Burundi | WhatsApp: (+257 68829049).
(2)

Methousselah Phones Gallerie idéale E15, WhatsApp : +257 68 82 90 49
23/08/2026

Methousselah Phones

Gallerie idéale E15, WhatsApp : +257 68 82 90 49

🇧🇮📱🔥 SAMSUNG GALAXY NZIZA KANDI ZIZEWE ZASH*TSE MURI SHOP! 🔥✨ Samsung Galaxy A15✨ Samsung Galaxy A16✨ Samsung Galaxy A17...
23/08/2026

🇧🇮📱🔥 SAMSUNG GALAXY NZIZA KANDI ZIZEWE ZASH*TSE MURI SHOP! 🔥

✨ Samsung Galaxy A15
✨ Samsung Galaxy A16
✨ Samsung Galaxy A17
✨ Samsung Galaxy A24

📱 Design nziza kandi igezweho
⚡ Performance nziza ku bikorwa vya buri munsi
📸 Camera nziza yo gufata amafoto meza
🔋 Battery imara igihe kirekire

💰 Telefone nziza kandi ku giciro kibereye!

📍 Centre Ville Bujumbura – Gallerie d'Ideale, E15

📞 WhatsApp / Call: +257 68 82 90 49

🔥 Methou Phones –Quality you can trust! 🇧🇮📱






🇧🇮📱🔥 GOOGLE PIXEL NZIZA KANDI ZIZEWE ZASH*TSE INDANI MURI SHOP! 🔥✨ Google Pixel 6a✨ Google Pixel 6 Normal ✨ Google Pixel...
16/08/2026

🇧🇮📱🔥 GOOGLE PIXEL NZIZA KANDI ZIZEWE ZASH*TSE INDANI MURI SHOP! 🔥

✨ Google Pixel 6a
✨ Google Pixel 6 Normal
✨ Google Pixel 6 Pro
✨ Google Pixel 7a
✨ Google Pixel 7 Normal
✨ Google Pixel 7 Pro

📸 Camera nziza cane
⚡ Performance ikomeye
🔋 Battery ibereye
🤖 Android isukuye kandi yihuta

💰 Ubwiza buhambaye ku giciro kibereye!

📍 Centre Ville Bujumbura – Gallerie d'Ideale, E15

📞 WhatsApp / Call: +257 68 82 90 49

🔥 Methou Phones – Quality you can trust! 📱🇧🇮





✅🇧🇮📱🔥 Urondera telefone zifise ubwiza kandi  ku giciro ciza? Methousselah Phones ni ho hantu hakubereye!Turagurisha tele...
05/08/2026

✅🇧🇮📱🔥 Urondera telefone zifise ubwiza kandi ku giciro ciza? Methousselah Phones ni ho hantu hakubereye!

Turagurisha telefone z'umwimerere kandi zifise ubuziranenge ku biciro bibereye bose.

📍 Dukorera: Centre Ville, Bujumbura, Gallerie d'Ideale, Ikibanza E15.

✅ Telefone z'ikomeye cane
✅ Ibiciro vyiza kandi bizimbutse
✅ Kwakira neza aba client

📞 Duhamagare canke utwandikire kuri WhatsApp: +257 68 82 90 49

Methousselah Phones – Aho ubukomeze buhura n'ibiciro vyiza! 📱✨







🧤🌟 Franco Mastantuono: "Courtois niwe munyegori mwiza kuruta abandi bose mu mateka y'umupira wamaguru . Aratangaje cane....
07/02/2026

🧤🌟 Franco Mastantuono: "Courtois niwe munyegori mwiza kuruta abandi bose mu mateka y'umupira wamaguru . Aratangaje cane."

Yagize urukino rwiza cane muri final ya champions league bakina na Liverpool. 🤩

🚨🗣️ Hansi Flick imbere y’urukino rwa Majorque — Ivyiyumviro vyiwe ku bakinyi ba Barça 🔥⤵️🔹 Kuri Lamine Yamal « Ndanezere...
07/02/2026

🚨🗣️ Hansi Flick imbere y’urukino rwa Majorque — Ivyiyumviro vyiwe ku bakinyi ba Barça 🔥⤵️

🔹 Kuri Lamine Yamal « Ndanezerewe cane ingene Yamal ariko aratera imbere. Ico gihambaye kuruta ibindi ni uko anezerewe ku kibuga. Turiko turamufasha gutera intambwe nshasha, kandi biribonekeza mu nkino ziwe: atsinda ibitsindo vyinshi kandi afise potential nini cane kurusha ivyo tubona ubu. »

🔹 Kuri Fermín López « Fermín akunda Barça, afise impano idasanzwe kandi aratanga umusaruro mwinshi. Ubu ariko akina ku rugero rwiwe rwiza cane. Ndanezerewe ku bwiwe no ku bwa club. La Masia irakora akazi keza cane. Ico gihambaye ni uko abamenyereza twizera izo mpano. »

🔹 Kuri Deco « Ndanezerewe cane gukorana na Deco. Dufise filozofiya imwe, turondera abakinyi bamwe, kandi araduha umwidegemvyo wo gukora akazi kacu. Sinari bwigere ngira amahoro nk’aya mu kazi. »

🔹 Kuri Araújo « Afise umubiri udasanzwe, aranyaruka cane, ni umwe mu bakapitene n’abarongoye abandi. Ariko ategerezwa gutera intambwe buhoro buhoro kugira yisunge filozofiya yacu y’urukino, si vyoroshe kuri we, ariko ariko aratera imbere. »

🔹 Kuri Lewandowski « Twaraganiriye kuri kazoza kiwe, ariko ntituri ku mpera z’igihe c’umwaka. Akunda gukina muri Barça kandi yipfuza iminota myinshi. Ico kizoba ku mpera z’igihe ntiturakimenya. »

🔹 Ku mwuka mwiza mu mugwi « Rimwe na rimwe banyita sogokuru (😂), ariko ico nizera naco ni uko iyo umwuka ari mwiza, akazi kagenda neza. Kubahana hagati y’umumenyereza n’abakinyi bituma batanga ivyiza kurusha. »

🔹 Kuri Frenkie de Jong « Yarakuze nk’uwurongoye w’abandi. Aranezerewe cane kuba i Barcelona, akunda club n’igisagara. Turamwitezeho vyinshi kandi arabyakira. »

🔹 Ku buryo umugwi uriko urakina « Ndanezerewe cane n’umupira turiko turakina. Turakeneye kwongereza ukwitonzi mu kurangiza inkino, ariko turi mu nzira nziza. »

🔹 Kuri Raphinha« Turarindiriye kuraba nimba azoshobora gukina muri Copa del Rey. Dutegerezwa kugenda buhoro buhoro. »

Barça iriko irubakwa neza

-------------------------------------------------------------------------------------
Tigira ukoresheje 1XBET canke 888Starz ukoresheje CODE PROMO 👉 DIDI32 ✅

🔽Ushaka ko ndagufasha kugurura compte ya 1XBET canke 888starz nokuronka application yayo nyandikira kuri WhatsApp 68829049

🔴🔵🚨 FC Barcelona Raphinha ntaza kuboneka mu rukino rwuyu munsi  kurukino Barcelone baza gukina na Mallorca igihe c'isaha...
07/02/2026

🔴🔵🚨 FC Barcelona Raphinha ntaza kuboneka mu rukino rwuyu munsi kurukino Barcelone baza gukina na Mallorca igihe c'isaha 17h15 muri La Liga.

Raphaël bisa nkaho imvune yiwe ishobora gukomera, aguma yitezwe kugaruka ariko bikarangira vyanse . ⚠️❌

✅ REAL MADRID yongeye guhura kandi na BENFICA murukino rwa Barrage !Niki kidasanzwe witeze mwazino nkino??
30/01/2026

✅ REAL MADRID yongeye guhura kandi na BENFICA murukino rwa Barrage !

Niki kidasanzwe witeze mwazino nkino??

Address

Gihosha

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Methousselah Phones posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share